ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 29:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kandi kuri mwebwe iyerekwa ry’ikintu cose riba nk’amajambo y’igitabu kirumije kidomweko ikidodo+, ico baha umuntu azi inyandiko, bati: “Turagusavye ubisome n’ijwi ryumvikana,” na we akabwirizwa kuvuga ati: “Nta vyo nshoboye, kuko kirumije kidomweko ikidodo+”,

  • Daniyeli 12:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Yongera kuvuga ati: “Genda Daniyeli, kuko aya majambo yagizwe akabanga kandi akabikwa nk’ayadomweko ikidodo gushika mu gihe c’iherezo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika