Yesaya 8:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Zinga icemezo+, shira irya n’ino y’itegeko hagati mu bigishwa banje ikidodo kirumya+! Daniyeli 12:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Nayo wewe ga Daniyeli, ayo majambo nuyagire akabanga, ico gitabu ukibike nk’ikidomweko ikidodo+, gushika mu gihe c’iherezo+. Benshi bazonyuragira irya n’ino, kandi ubumenyi nyakuri buzogwira+.” Ivyahishuwe 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi mbona mu kuboko kw’ukuryo kw’Umwe yicaye kuri ya ntebe y’ubwami+ umuzingo wanditsweko imbere n’inyuma+, uhomeshejwe+ rwose udushashara indwi tudomweko ikidodo.
4 “Nayo wewe ga Daniyeli, ayo majambo nuyagire akabanga, ico gitabu ukibike nk’ikidomweko ikidodo+, gushika mu gihe c’iherezo+. Benshi bazonyuragira irya n’ino, kandi ubumenyi nyakuri buzogwira+.”
5 Kandi mbona mu kuboko kw’ukuryo kw’Umwe yicaye kuri ya ntebe y’ubwami+ umuzingo wanditsweko imbere n’inyuma+, uhomeshejwe+ rwose udushashara indwi tudomweko ikidodo.