Itanguriro 6:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 abana* b’Imana y’ukuri+ batangura rero kwitegereza+ abakobwa b’abantu, babona ko ari beza; maze biyabirira abagore, ni ukuvuga abo batoranije bose. Yobu 38:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Igihe inyenyeri zo mu gitondo+ zose hamwe ziha akamo k’umunezero,Abana b’Imana+ bose bagatangura gusamiriza impundu? 2 Abakorinto 11:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ntibitangaje rero ko n’abasuku biwe+ na bo nyene baguma bihindura abasuku b’ubugororotsi. Ariko iherezo ryabo rizohwana n’ibikorwa vyabo+.
2 abana* b’Imana y’ukuri+ batangura rero kwitegereza+ abakobwa b’abantu, babona ko ari beza; maze biyabirira abagore, ni ukuvuga abo batoranije bose.
7 Igihe inyenyeri zo mu gitondo+ zose hamwe ziha akamo k’umunezero,Abana b’Imana+ bose bagatangura gusamiriza impundu?
15 Ntibitangaje rero ko n’abasuku biwe+ na bo nyene baguma bihindura abasuku b’ubugororotsi. Ariko iherezo ryabo rizohwana n’ibikorwa vyabo+.