Kuvayo 32:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nimba rero ubababarira igicumuro cabo+. . ., atari ukwo na ho, ndakwinginze umpanagure+ mu gitabu cawe+ wanditse.” Zaburi 69:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nibahanagurwe mu gitabu c’abazima+,Kandi ntibandikwemwo hamwe n’abagororotsi+. Abafilipi 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Egome, ndagusaba nawe nyene uwo dusangiye ingǒgo*+ w’ukuri, ugume usahiriza abo bagore bafatanije nanje+ kurwanira inkuru nziza, hamwe na Kelementi be n’abandi bakozi bagenzanje+, amazina yabo+ akaba ari mu gitabu c’ubuzima+.
32 Nimba rero ubababarira igicumuro cabo+. . ., atari ukwo na ho, ndakwinginze umpanagure+ mu gitabu cawe+ wanditse.”
3 Egome, ndagusaba nawe nyene uwo dusangiye ingǒgo*+ w’ukuri, ugume usahiriza abo bagore bafatanije nanje+ kurwanira inkuru nziza, hamwe na Kelementi be n’abandi bakozi bagenzanje+, amazina yabo+ akaba ari mu gitabu c’ubuzima+.