ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 13:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ukuboko kwanje kuje kurwanya abahanuzi berekwa ivy’ububeshi, bakaragura ivy’ikinyoma+. Ntibazobandanya kuba mu mugwi w’abagenzi somambike+ w’abantu banje, kandi ntibazokwandikwa mu gitabu c’inzu ya Isirayeli+, kandi ntibazoza ku butaka bwa Isirayeli+ kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Umukama Segaba Yehova+,

  • Abafilipi 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Egome, ndagusaba nawe nyene uwo dusangiye ingǒgo*+ w’ukuri, ugume usahiriza abo bagore bafatanije nanje+ kurwanira inkuru nziza, hamwe na Kelementi be n’abandi bakozi bagenzanje+, amazina yabo+ akaba ari mu gitabu c’ubuzima+.

  • Ivyahishuwe 3:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Uwutsinda+ azokwambikwa rero impuzu zo hejuru zera+; kandi sinzogenda mpanaguye izina ryiwe mu gitabu c’ubuzima+, mugabo nzokwemanga izina ryiwe imbere ya Data+ n’imbere y’abamarayika biwe+.

  • Ivyahishuwe 13:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi ababa kw’isi bose bazogisenga; nta n’umwe muri abo izina ryiwe ryanditswe mu muzingo+ w’ubuzima wa wa Mwagazi w’intama yicwa+, uhereye kw’ishingwa ry’isi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika