ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 12:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “Muri ico gihe Mikaheli+ azohaguruka, wa muganwa ahambaye+ ahagaze+ arwanira abana b’igisata cawe+. Kandi hazoba koko igihe c’amarushwa atari bwigere abaho kuva habaho ihanga gushika ico gihe+. Kandi muri ico gihe abantu bawe bazorokoka+, uwo wese azosangwa yanditswe muri ca gitabu+.

  • Ivyahishuwe 3:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Uwutsinda+ azokwambikwa rero impuzu zo hejuru zera+; kandi sinzogenda mpanaguye izina ryiwe mu gitabu c’ubuzima+, mugabo nzokwemanga izina ryiwe imbere ya Data+ n’imbere y’abamarayika biwe+.

  • Ivyahishuwe 21:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Mugabo ikintu cose kitari ceranda n’umuntu wese aguma akora ibintu bisesemye+ be n’ibinyoma+ ntazogenda acinjiyemwo+; abanditswe mu muzingo w’ubuzima wa wa Mwagazi w’intama ni bo gusa bazocinjiramwo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika