1 Abakorinto 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko kuri jewe bisa n’uko Imana twebwe intumwa yadushize ubwa nyuma mw’iyerekanwa+, nk’abantu bagenewe gupfa+, kuko twacitse akabarore+ kw’isi, no ku bamarayika+, no ku bantu+.
9 Kuko kuri jewe bisa n’uko Imana twebwe intumwa yadushize ubwa nyuma mw’iyerekanwa+, nk’abantu bagenewe gupfa+, kuko twacitse akabarore+ kw’isi, no ku bamarayika+, no ku bantu+.