ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 30
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yobu 30:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 12:4
  • +1Pt 5:5

Yobu 30:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:31

Yobu 30:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 17:6

Yobu 30:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 4:12; Zb 109:10; Dn 4:25

Yobu 30:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 25:25; Yes 32:6

Yobu 30:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 69:12; Int 3:14
  • +Yb 17:6

Yobu 30:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 19:13
  • +Gh 12:14; Gus 25:9; Yes 50:6; Mt 27:30

Yobu 30:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 19:12

Yobu 30:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 16:2; Zb 69:26

Yobu 30:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:14
  • +Yb 10:15

Yobu 30:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 6:2
  • +Yb 2:8, 13; 7:4

Yobu 30:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 19:7; Zb 22:2; Int 3:8

Yobu 30:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 7:20; 19:6

Yobu 30:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 3:19

Yobu 30:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 13:25

Yobu 30:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 35:13; Rm 12:15
  • +Img 14:21, 31; 19:17

Yobu 30:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 8:15; 14:19

Yobu 30:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 38:6; 42:9; 43:2

Yobu 30:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 1:8

Yobu 30:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 7:5; Zb 119:83; Int 4:8

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yobu 30:1Yb 12:4
Yobu 30:11Pt 5:5
Yobu 30:2Yes 1:31
Yobu 30:3Yr 17:6
Yobu 30:5It 4:12; Zb 109:10; Dn 4:25
Yobu 30:81Sm 25:25; Yes 32:6
Yobu 30:9Zb 69:12; Int 3:14
Yobu 30:9Yb 17:6
Yobu 30:10Yb 19:13
Yobu 30:10Gh 12:14; Gus 25:9; Yes 50:6; Mt 27:30
Yobu 30:12Yb 19:12
Yobu 30:13Yb 16:2; Zb 69:26
Yobu 30:16Zb 22:14
Yobu 30:16Yb 10:15
Yobu 30:17Zb 6:2
Yobu 30:17Yb 2:8, 13; 7:4
Yobu 30:20Yb 19:7; Zb 22:2; Int 3:8
Yobu 30:21Yb 7:20; 19:6
Yobu 30:23It 3:19
Yobu 30:24Yb 13:25
Yobu 30:25Zb 35:13; Rm 12:15
Yobu 30:25Img 14:21, 31; 19:17
Yobu 30:26Yr 8:15; 14:19
Yobu 30:28Zb 38:6; 42:9; 43:2
Yobu 30:29Mik 1:8
Yobu 30:30Yb 7:5; Zb 119:83; Int 4:8
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
Bibiliya y’isi nshasha
Yobu 30:1-31

Yobu

30 “Ariko ubu barantwenze+,

Abo ndusha imisi+,

Abo ntari kwemera ko ba se

Bashirwa hamwe n’imbwa z’umukuku wanje.

 2 Inguvu z’amaboko yabo zozo, hari ico zamariye?

Ingoga zarabahezemwo+.

 3 Kubera ubukene n’inzara, bacitse ingumba,

Bakegeta akarere kagadutse+,

Ari ho ejo hari ikirura n’umusaka.

 4 Bagenda barahurutura icatsi c’umunyu iruhande y’ibisaka,

Umuzi w’igiti c’umurotemu wari ibifungurwa vyabo.

 5 Barirukanwa mu kibano+;

Abantu barabaha induru nk’uko bayiha igisuma.

 6 Babwirizwa kuba ku mumanuko w’imyonga,

Mu myenge yo mu mukungugu no mu bitandara.

 7 Mu bisaka ni ho baborogera;

Munsi y’ibisuru ni ho barundana.

 8 Abana b’umuntu w’imburabwenge+, bakaba n’abana b’uwutagira izina,

Bakubiswe inkoni baromoka mu gihugu.

 9 None ubu ni je nsigaye ndi ururirimbo rwabo+,

Kandi kuri bo ndi iciro ry’umugani+.

10 Banyanse urunuka, bagumye kure yanje+;

Ntibaretse kuncira igikororwa mu maso+.

11 Kuko yananguruye uruvuto rwanje akancisha bugufi,

Kandi umujiginya bawurekuye kubera jewe.

12 Iburyo bwanje bahaguruka nk’akagwi k’imihimbiri;

Ibirenge vyanje bararetse biragenda,

Mugabo batangura kuntega imitego yabo y’inkorabara+.

13 Basambuye amabarabara yanje;

Nta kindi bari bamaze atari ukwunyura amarushwa yanje+,

Batagira umufasha n’umwe.

14 Baza nk’abazananye mu gitoboro kinini;

Bagenda bitembagaza munsi y’ikirura.

15 Ibica ivutu bukwi na bukwi vyampindukiriye;

Icubahiro canje gihinzwe nk’ikiguruwe n’umuyaga,

Ubukiriro bwanje buhise nk’igicu.

16 None ubu ubuzima bwanje buracuranuwe muri jewe+;

Imisi y’amarushwa+ irancakiye.

17 Mw’ijoro amagufa+ yanje aratobagurwa, akamvako agatibukira hasi;

Ububabare bunkegeta ntiburuhuka na gatoyi+.

18 Kubera ubwinshi bw’ububasha, impuzu yanje irahindutse;

Irandwega kurya kw’izosi ry’impuzu yanje ndende.

19 Yamanuye no gushika mw’ibumba,

Ku buryo nsigara nsa n’umukungugu be n’iminyota.

20 Ndagutabaza, ariko ntunyishura+;

Nagumye mpagaze, kugira ngo unzirikane.

21 Uriyoberanya kugira ube ruburakigongwe kuri jewe+;

Umbikira akazikira ukoresheje inguvu zose z’ukuboko kwawe.

22 Urandūza ku muyaga, ugatuma ndawugenderako,

Ukansavya mu mwasano nkazimangana.

23 Kuko nzi neza yuko uzonsubiza mu rupfu+,

No mu nzu y’ihuriro ry’abazima bose.

24 Ariko nta n’umwe atuma ukuboko kwiwe ngo asambure ikirundo gusa c’ibihomvagurike+,

Canke ngo habe ugutabaza ku vyerekeye ivyo bintu iyo umuntu ariko arayama.

25 Ni ukuri nararijijwe n’uwiriwe nabi+;

Umutima wanje waratunturiye umworo+.

26 Narorereye iciza, yamara haza ikibi+;

Nagumye ndorereye umuco, mugabo haza umuzimagiza.

27 Amara yanje yarabiragijwe, ntiyacereza;

Imisi y’amarushwa yarampanze.

28 Nagenda mbabaye+ ata muco w’izuba uhari;

Narahagurutse hagati mw’ishengero, nguma ntabaza.

29 Nacitse mwene wabo n’imbwebwe,

N’umugenzi w’abakobwa b’ikinyoni citwa imbuni+.

30 Urukoba rwanje rwarirabuye+ ruromoroka kuri jewe,

Amagufa yanje na yo ashuhishwa n’umwumira.

31 Inanga yanje isigaye ari iy’ikigandaro gusa,

Umwironge wanje na wo uw’ijwi ry’abarira.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika