ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 85
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 85:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:42; Zb 77:7; Yw 2:18
  • +Ezr 2:1; Zb 14:7; 53:6; Yr 30:18; 31:23; Ezk 39:25; Yw 3:1

Zaburi 85:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 32:1; Yr 50:20; Mik 7:18
  • +Ivk 13:39; Rm 4:7; Kl 2:13

Zaburi 85:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 32:14
  • +Gus 13:17; Yes 12:1

Zaburi 85:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 27:1; 80:3
  • +Zb 78:38

Zaburi 85:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 74:1; 79:5; 80:4
  • +Zb 103:9

Zaburi 85:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 57:15; Hab 3:2
  • +Ezr 3:11; Yr 33:11

Zaburi 85:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 109:26; Int 3:22
  • +Zb 50:23; 119:41

Zaburi 85:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hab 2:1; Zk 9:10; Heb 12:25
  • +Zb 29:11; Yes 57:19; Ivk 10:36
  • +Gus 8:17; Zb 78:7; Img 30:9

Zaburi 85:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:155; Yes 46:13; Ivk 10:2
  • +Zk 2:5

Zaburi 85:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 100:5; Mik 7:20
  • +Zb 72:3; Yes 32:17

Zaburi 85:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 57:10
  • +Yes 26:9; 45:8

Zaburi 85:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 84:11; Yak 1:17
  • +Lw 26:4; Gus 28:8; Zb 67:6; Yes 25:6; 30:23

Zaburi 85:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 89:14; Yes 58:8
  • +Zb 119:35

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 85:1Lw 26:42; Zb 77:7; Yw 2:18
Zab. 85:1Ezr 2:1; Zb 14:7; 53:6; Yr 30:18; 31:23; Ezk 39:25; Yw 3:1
Zab. 85:2Zb 32:1; Yr 50:20; Mik 7:18
Zab. 85:2Ivk 13:39; Rm 4:7; Kl 2:13
Zab. 85:3Kv 32:14
Zab. 85:3Gus 13:17; Yes 12:1
Zab. 85:4Zb 27:1; 80:3
Zab. 85:4Zb 78:38
Zab. 85:5Zb 74:1; 79:5; 80:4
Zab. 85:5Zb 103:9
Zab. 85:6Yes 57:15; Hab 3:2
Zab. 85:6Ezr 3:11; Yr 33:11
Zab. 85:7Zb 109:26; Int 3:22
Zab. 85:7Zb 50:23; 119:41
Zab. 85:8Hab 2:1; Zk 9:10; Heb 12:25
Zab. 85:8Zb 29:11; Yes 57:19; Ivk 10:36
Zab. 85:8Gus 8:17; Zb 78:7; Img 30:9
Zab. 85:9Zb 119:155; Yes 46:13; Ivk 10:2
Zab. 85:9Zk 2:5
Zab. 85:10Zb 100:5; Mik 7:20
Zab. 85:10Zb 72:3; Yes 32:17
Zab. 85:11Zb 57:10
Zab. 85:11Yes 26:9; 45:8
Zab. 85:12Zb 84:11; Yak 1:17
Zab. 85:12Lw 26:4; Gus 28:8; Zb 67:6; Yes 25:6; 30:23
Zab. 85:13Zb 89:14; Yes 58:8
Zab. 85:13Zb 119:35
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 85:1-13

Zaburi

Ku muyobozi. Ni izaburi ya bene Kora. Agahibongozo.

85 Wahimbawe n’igihugu cawe, ewe Yehova+!

Wagarukanye abajanywe ari imbohe ba Yakobo+.

 2 Wahariye ikosa ry’abantu bawe+;

Wapfutse igicumuro cabo cose+. Sela.

 3 Wacungereye uburake bwawe bwose+;

Warahindukiye ureka ishavu ryawe rirurumba+.

 4 Tugarukane, ewe Mana y’ubukiriro bwacu+,

Ureke umwikomo udufitiye+.

 5 Mbega uzotururumbira ishavu gushika igihe kitagira urugero+?

Mbega uzorehūra ishavu ryawe iyaruka ku rindi+?

 6 Mbega wewe ubwawe ntuzokwongera kutugira bazima+,

Kugira ngo abantu bawe banezerwe muri wewe+?

 7 Ewe Yehova, twereke ubuntu bwuzuye urukundo bwawe+,

Uduhe ubukiriro bwawe+.

 8 Nzokwumva ico Imana y’ukuri Yehova izovuga+,

Kuko izoyaga amahoro ku bantu bayo+ no ku ntahemuka zayo,

Mugabo ntibasubire kwiyizigira+.

 9 Ni ukuri, ubukiriro bwayo buri hafi y’abayitinya+,

Kugira ngo ubuninahazwa bube mu gihugu cacu+.

10 Nayo ubuntu bwuzuye urukundo be n’ukuri, vyarahuye+;

Ubugororotsi n’amahoro, vyarasomanye+.

11 Ukuri kuzonaga kuvuye mw’isi+,

Kandi ubugororotsi buzoraba hasi buri mu majuru+.

12 Vyongeye, Yehova na we azotanga iciza+,

Kandi igihugu cacu kizotanga umwimbu waco+.

13 Imbere yiwe ubugororotsi buzotambuka+,

Bucishe inzira intambuko ziwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika