ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 48
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 48:akajambo k’intangamarara

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 42:akajambo k’intangamarara

Zaburi 48:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 9:5; Zb 89:1; 145:3; 147:5
  • +Zb 46:4; 87:3
  • +Zk 8:3

Zaburi 48:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 14:13
  • +Zb 50:2; Int 2:15
  • +Zb 47:8; 135:21; Mt 5:35

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    ‘Igihugu ciza’, rup. 20

Zaburi 48:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 125:1; Zk 2:5

Zaburi 48:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 10:6, 19
  • +Ivh 19:19

Zaburi 48:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 14:25

Zaburi 48:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:15; Yes 13:8; Dn 5:6
  • +Yr 30:6; Hs 13:13

Zaburi 48:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 22:48; Yes 2:16; Yr 18:17; Ezk 27:26

Zaburi 48:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 44:1
  • +Zb 48:1; Heb 12:22
  • +Zb 87:5; Yes 2:2; Mik 4:1

Zaburi 48:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 26:3; 40:10; 63:3
  • +1Sm 3:3; 2Sm 7:2; 1Ng 16:1; Zb 63:2

Zaburi 48:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:58; Zb 113:3
  • +Abc 5:11; Zb 17:7; 60:5; 98:2

Zaburi 48:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:68; Yw 2:32
  • +Zb 97:8
  • +2Ng 20:27; Zb 137:8; Ivh 15:4

Zaburi 48:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 12:31
  • +Neh 12:39; Yes 33:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2015, rup. 9

Zaburi 48:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 26:1
  • +Gus 11:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2015, rup. 9

Zaburi 48:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 31:14
  • +Yes 58:11

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 48:akajambo k’intangamararaZb 42:akajambo k’intangamarara
Zab. 48:1Neh 9:5; Zb 89:1; 145:3; 147:5
Zab. 48:1Zb 46:4; 87:3
Zab. 48:1Zk 8:3
Zab. 48:2Yes 14:13
Zab. 48:2Zb 50:2; Int 2:15
Zab. 48:2Zb 47:8; 135:21; Mt 5:35
Zab. 48:3Zb 125:1; Zk 2:5
Zab. 48:42Sm 10:6, 19
Zab. 48:4Ivh 19:19
Zab. 48:5Kv 14:25
Zab. 48:6Kv 15:15; Yes 13:8; Dn 5:6
Zab. 48:6Yr 30:6; Hs 13:13
Zab. 48:71Bm 22:48; Yes 2:16; Yr 18:17; Ezk 27:26
Zab. 48:8Zb 44:1
Zab. 48:8Zb 48:1; Heb 12:22
Zab. 48:8Zb 87:5; Yes 2:2; Mik 4:1
Zab. 48:9Zb 26:3; 40:10; 63:3
Zab. 48:91Sm 3:3; 2Sm 7:2; 1Ng 16:1; Zb 63:2
Zab. 48:10Gus 28:58; Zb 113:3
Zab. 48:10Abc 5:11; Zb 17:7; 60:5; 98:2
Zab. 48:11Zb 78:68; Yw 2:32
Zab. 48:11Zb 97:8
Zab. 48:112Ng 20:27; Zb 137:8; Ivh 15:4
Zab. 48:12Neh 12:31
Zab. 48:12Neh 12:39; Yes 33:18
Zab. 48:13Yes 26:1
Zab. 48:13Gus 11:19
Zab. 48:14Zb 31:14
Zab. 48:14Yes 58:11
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 48:1-14

Zaburi

Ururirimbo. Agahibongozo ka bene Kora+.

48 Yehova arahambaye kandi ni uwo gushemezwa cane+

Mu gisagara c’Imana yacu+, ku musozi wayo mweranda+.

 2 Umusozi Siyoni ku mpande za kure zo mu buraruko+

Ni mwiza mu bukiruruke, ukaba n’umwigino w’isi yose+,

Igisagara c’Umwami w’Agahambaye+.

 3 Mu minara yawo yo kubamwo, Imana imenyekanye ko ari ahantu hakirurutse hatagira inkomanzi+.

 4 Kuko, ehe abami ubwabo bahuye kw’isango+,

Barenganye bari kumwe+.

 5 Baravyiboneye, barumirwa.

Barahagaritse umutima, bagenda biruka bataye umutwe+.

 6 Ukujugumira kwarabahacakiriye+,

Imisonga y’ukwibaruka nk’iy’umugore ariko yibaruka+.

 7 Usavya imeri z’i Tarushishi ukoresheje umuyaga wo mu buseruko+.

 8 Nk’uko nyene twavyumvise, ni ko tubibonye+

Mu gisagara ca Yehova nyen’ingabo, mu gisagara c’Imana yacu+.

Imana ubwayo izogishimangira gushika igihe kitagira urugero+. Sela.

 9 Twarazirikanye, ewe Mana, ubuntu bwuzuye urukundo bwawe+

Hagati mu rusengero rwawe+.

10 Nk’uko izina ryawe riri+, ewe Mana, n’ishemezo ryawe ni ukwo,

Rishika ku mipaka y’isi.

Ukuryo kwawe kwuzuye ubugororotsi+.

11 Umusozi Siyoni+ nuhimbarwe,

Ibisagara bikukira Yuda nibinezerwe+, kubera ingingo zawe z’ubutungane+.

12 Nimuzunguruke Siyoni, mugendagende irya n’ino yaho+,

Muharure iminara yaho+.

13 Shire imitima yanyu ku gikuta caho+.

Mugendure iminara yaho yo kubamwo,

Kugira ngo muze mubidondere iyaruka ryo muri kazoza+.

14 Kuko iyi Mana ari yo Mana yacu gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.

Ni yo izoturongōra gushika dupfe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika