ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 32
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezekiyeli 32:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 28:15
  • +Yes 27:1; 51:9; Ezk 29:3

Ezekiyeli 32:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 66:11
  • +Ums 9:12; Hs 7:12; Hab 1:17

Ezekiyeli 32:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 29:5
  • +Zb 63:10; 79:2; Ezk 29:5; 39:17

Ezekiyeli 32:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 31:12

Ezekiyeli 32:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 14:20

Ezekiyeli 32:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:10; Yw 2:31; Am 8:9; Mt 24:29; Ivh 6:12

Ezekiyeli 32:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 29:12; 30:26

Ezekiyeli 32:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 27:35
  • +Gus 32:41
  • +Kv 15:14

Ezekiyeli 32:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 43:10; 46:26; Ezk 30:24

Ezekiyeli 32:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 30:11; Hab 1:6
  • +Ezk 29:19

Ezekiyeli 32:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 29:8; 30:12
  • +Ezk 29:11

Ezekiyeli 32:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 107:34; Ezk 29:12
  • +Kv 7:5; 14:4; Zb 9:16; Ezk 30:26

Ezekiyeli 32:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 1:17; 2Ng 35:25

Ezekiyeli 32:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:10
  • +Zb 63:9; Ezk 31:14
  • +Zb 30:9

Ezekiyeli 32:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 31:2
  • +Ezk 28:10

Ezekiyeli 32:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 29:8

Ezekiyeli 32:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 14:9
  • +Zb 9:17; 55:15

Ezekiyeli 32:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 24:24
  • +Yes 37:36; Zk 10:11

Ezekiyeli 32:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 14:15

Ezekiyeli 32:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 10:22; Yr 49:34
  • +Ezk 32:29

Ezekiyeli 32:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 17:13
  • +2Sm 1:19

Ezekiyeli 32:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 10:2; Ezk 27:13; 38:2
  • +1Ng 1:5; Ezk 39:1

Ezekiyeli 32:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 3:14; Yes 14:18
  • +Zb 92:9; Yoh 8:24
  • +Ezk 32:23

Ezekiyeli 32:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 25:30; 36:1; Yes 34:5; Ezk 25:12; Am 1:11; Ob 1; Mal 1:4
  • +Yr 25:31
  • +Yr 9:26

Ezekiyeli 32:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 10:15; Ezk 28:21
  • +Ezk 32:24

Ezekiyeli 32:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 31:16

Ezekiyeli 32:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 32:27

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezk. 32:2Img 28:15
Ezk. 32:2Yes 27:1; 51:9; Ezk 29:3
Ezk. 32:3Zb 66:11
Ezk. 32:3Ums 9:12; Hs 7:12; Hab 1:17
Ezk. 32:4Ezk 29:5
Ezk. 32:4Zb 63:10; 79:2; Ezk 29:5; 39:17
Ezk. 32:5Ezk 31:12
Ezk. 32:6Ivh 14:20
Ezk. 32:7Yes 13:10; Yw 2:31; Am 8:9; Mt 24:29; Ivh 6:12
Ezk. 32:9Ezk 29:12; 30:26
Ezk. 32:10Ezk 27:35
Ezk. 32:10Gus 32:41
Ezk. 32:10Kv 15:14
Ezk. 32:11Yr 43:10; 46:26; Ezk 30:24
Ezk. 32:12Ezk 30:11; Hab 1:6
Ezk. 32:12Ezk 29:19
Ezk. 32:13Ezk 29:8; 30:12
Ezk. 32:13Ezk 29:11
Ezk. 32:15Zb 107:34; Ezk 29:12
Ezk. 32:15Kv 7:5; 14:4; Zb 9:16; Ezk 30:26
Ezk. 32:162Sm 1:17; 2Ng 35:25
Ezk. 32:18Yr 1:10
Ezk. 32:18Zb 63:9; Ezk 31:14
Ezk. 32:18Zb 30:9
Ezk. 32:19Ezk 31:2
Ezk. 32:19Ezk 28:10
Ezk. 32:20Ezk 29:8
Ezk. 32:21Yes 14:9
Ezk. 32:21Zb 9:17; 55:15
Ezk. 32:22Gh 24:24
Ezk. 32:22Yes 37:36; Zk 10:11
Ezk. 32:23Yes 14:15
Ezk. 32:24It 10:22; Yr 49:34
Ezk. 32:24Ezk 32:29
Ezk. 32:25Yb 17:13
Ezk. 32:252Sm 1:19
Ezk. 32:26It 10:2; Ezk 27:13; 38:2
Ezk. 32:261Ng 1:5; Ezk 39:1
Ezk. 32:27Yb 3:14; Yes 14:18
Ezk. 32:27Zb 92:9; Yoh 8:24
Ezk. 32:27Ezk 32:23
Ezk. 32:29It 25:30; 36:1; Yes 34:5; Ezk 25:12; Am 1:11; Ob 1; Mal 1:4
Ezk. 32:29Yr 25:31
Ezk. 32:29Yr 9:26
Ezk. 32:30It 10:15; Ezk 28:21
Ezk. 32:30Ezk 32:24
Ezk. 32:31Ezk 31:16
Ezk. 32:32Ezk 32:27
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
Bibiliya y’isi nshasha
Ezekiyeli 32:1-32

Ezekiyeli

32 Nuko mu mwaka ugira cumi na kabiri, mu kwezi kugira cumi na kabiri, ku musi wa mbere w’ukwo kwezi, ijambo rya Yehova ryongera kunzako, riti: 2 “Mwana w’umuntu, ririmba akaririmbo k’intimba ku vyerekeye Farawo umwami wa Misiri, umubwire uti: ‘Naho wari nk’intambwe y’umukangara y’umugāra y’amahanga, waranumijwe+.

“‘Wabaye nka ca gikoko amahero co mu mazi mu biyaga+, kandi wagumye widunya mu nzuzi zawe, uguma utoba amazi n’ibirenge vyawe wongera uhumanya inzuzi zaho.’

3 “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Nanje nzosanza hejuru yawe urusenga rwanje+ biciye kw’ishengero ry’ibisata vyinshi vy’abantu, na bo bazokuzana koko mu rusenga rwanje rw’umukwabu+. 4 Ni ukuri, nzoguhebera i musozi. Nzogushiburira ku gahinga+. Kandi nzotuma ibiremwa biguruka vyo mu kirere vyibera kuri wewe, ntume ibikoko vyo kw’isi yose bikurya bihage+. 5 Kandi nzoshira inyama zawe ku misozi, nuzuze imibande imyanda yawe+. 6 Nzotuma igihugu cirangūza ibikuvuyemwo, kinywe ku maraso yawe+, hejuru ku misozi; kandi inzira z’imigezi zizokwuzuzwa ibivuye kuri wewe.’

7 “‘Kandi niwazima, nzopfuka amajuru, ntume inyenyeri zayo zicura umwiza. Nayo izuba, nzoripfuka ibicu, n’ukwezi ntikuzokayanganisha umuco wakwo+. 8 Ibitangamuco vyose vy’umuco vyo mu majuru, nzotuma bicura umwiza kubera wewe, nshire umwiza ku gihugu cawe,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.

9 “‘Nzotera umwikomo umutima w’ibisata vyinshi vy’abantu ninajana mu mahanga imbohe zo muri wewe, mu bihugu utamenye+. 10 Kandi kubera wewe, nzotuma koko ibisata vyinshi vy’abantu bicika ivutu+, abami babo na bo bahinde agashitsi bari n’ikinya kubera wewe ninabangurira inkota yanje mu maso yabo+, kandi bazobwirizwa kujugumira umwanya wose, umwe wese ku bw’ubuzima bwiwe, ku musi w’ugutemba kwawe+.’

11 “Kuko ibi ari vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Inkota y’umwami wa Babiloni izokuzako+. 12 Nzotuma isinzi ryawe rigwishwa n’inkota z’abanyenkomezi, intwazamukazo z’amahanga, bose hamwe+; bazonyaga koko ubwishime bwa Misiri, kandi isinzi ryiwe ryose rizozimanganywa ata kabuza+. 13 Nzohonya ibitungwa vyiwe vyose bive iruhande y’amazi menshi+, kandi ikirenge c’umuntu yakuwe mw’ivu ntikizokwongera kuyatoba+, eka mbere n’ibinono vy’igitungwa ntibizoyatoba.’

14 “‘Ico gihe nzotuma amazi yaho arongoroka, ntume inzuzi zaho zitemba nk’amavuta,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.

15 “‘Ninahindura igihugu ca Misiri igiharabuga, igihugu kikagirwa umusaka mu kwamburwa ivyari bicuzuyemwo+, ninasasika abakibamwo bose, bazobwirizwa rero kumenya yuko jewe ndi Yehova+.

16 “‘Ako ni akaririmbo k’intimba, kandi abantu ntibazobura kukaririmba. Mbere n’abakobwa b’amahanga bazokaririmba; bazokaririmba kuri Misiri no kw’isinzi ryayo ryose+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.”

17 Nuko mu mwaka ugira cumi na kabiri, ku musi ugira cumi na gatanu w’ukwezi, ijambo rya Yehova ryongera kunzako, riti: 18 “Mwana w’umuntu, curira intimba isinzi rya Misiri, urimanure+, we hamwe n’abakobwa b’amahanga y’agakomeye, ubamanure mu gihugu co munsi epfo+, kumwe n’abamanuka muri ca cobo+.

19 “‘Mbega wewe uhimbaye kurusha nde+? Manuka riho, uryamikwe hamwe n’abatagenyerewe+!’

20 “‘Hagati y’abagandagujwe inkota ni ho bazogwa+. Yatanzwe ku nkota. Nimumuburutire hariya n’amasinzi yiwe yose.

21 “‘Abantu bakurubakuru bo mu banyenkomezi bazovuganira na we hagati mu kuzimu, hamwe n’abamufasha+. Emwe, bazomanuka+; bazoryama nk’abatagenyerewe, baryame bariritswe n’inkota. 22 Aho ni ho Ashuri n’ishengero ryiwe ryose bari+. Imva ziwe ziramukikuje. Bose ni abagandaguwe, abagwishwa n’inkota+. 23 Kuko imva ziwe zashizwe mu bwigobeko bw’icobo+, ishengero ryiwe na ryo rikaba rikikuje imva yiwe, bose ari abagandaguwe, bagwishijwe n’inkota, kuko bari bakwiragije iterabwoba mu gihugu c’abazima.

24 “‘Aho ni ho Elamu+ ari be n’isinzi ryiwe ryose rikikuje imva yiwe, bose ari abagandaguwe, abagwishwa n’inkota, bamanutse mu gihugu co munsi epfo ari abatagenyerewe, abakwiragije iterabwoba ryabo mu gihugu c’abazima; kandi bazokwikorera agateterwe kabo hamwe n’abamanuka muri ca cobo+. 25 Hagati mu bagandaguwe ni ho bashize igitanda ciwe+ mw’isinzi ryiwe ryose. Imva ziwe ziragikikuje. Bose ni abatagenyerewe, bagandagujwe inkota+, kuko iterabwoba ryabo ryari ryakwiragijwe mu gihugu c’abazima; kandi bazokwikorera agateterwe kabo hamwe n’abamanuka muri ca cobo. Hagati mu bagandaguwe ni ho yashizwe.

26 “‘Aho ni ho hari Mesheki+ na Tubali+ n’isinzi ryiwe ryose. Imva ziwe ziramukikuje. Bose ni abatagenyerewe, basogoswe n’inkota, kuko bakwiragije iterabwoba ryabo mu gihugu c’abazima. 27 Mbega ntibazoryama hamwe n’abanyenkomezi+, abagwa bavuye mu batagenyerewe, bamanutse mu kuzimu n’ibirwanisho vyabo vy’intambara? Bazorambika inkota zabo munsi y’imitwe yabo, kandi amakosa yabo azoba ku magufa yabo+, kuko abanyenkomezi bari agaterabwoba mu gihugu c’abazima+. 28 Nayo wewe, hagati mu batagenyerewe ni ho uzovunagurirwa, kandi uzoryama hamwe n’abagandagujwe inkota.

29 “‘Aho ni ho Edomu+, abami bayo n’abakuru bayo bose bari; kandi bano, mu nkomezi zabo, bashizwe hamwe n’abagandagujwe inkota+; bo ubwabo bazoryama hamwe n’abatagenyerewe+ be n’abamanuka muri ca cobo.

30 “‘Aho ni ho abatware bo hasi bo mu buraruko bari, bose hamwe, n’Abanyasidoni bose+, abamanukanye ibimaramare bari kumwe n’abagandaguwe, naho bari bateye ubwoba kubera ubushobozi bwabo. Bazoryama ari abatagenyerewe, bari kumwe n’abagandagujwe inkota, bikorere agateterwe kabo kumwe n’abamanuka muri ca cobo+.

31 “‘Abo ni bo Farawo azobona, kandi ntazobura guhozwa ku bijanye n’isinzi ryiwe ryose+. Farawo n’inteko ziwe zose za gisirikare bazoba abagandagujwe inkota,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.

32 “‘Kuko yakwiragije iterabwoba ryiwe mu gihugu c’abazima+, kandi azoryamikwa hagati mu batagenyerewe, hamwe n’abariritswe n’inkota, emwe, Farawo n’isinzi ryiwe ryose,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika