-
Nehemiya 10:32, 33Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
32 Twiyemeje kandi yuko umwe wese muri twebwe azotanga ica gatatu ca shekeli* ku mwaka ku mwaka. Ayo mahera azoba agenewe igikorwa c’inzu* y’Imana yacu+, 33 imikate igerekeranye*+, ishikanwa ry’intete ryamaho+ n’ishikanwa riturirwa ryamaho ritangwa ku masabato+ no ku mboneko z’ukwezi+. Azoba agenewe kandi imisi mikuru yashinzwe+, ibintu vyeranda, amashikanwa y’igicumuro+ atangwa kugira Abisirayeli bababarirwe ibicumuro* n’ibindi bikorwa vyose vyo ku nzu y’Imana yacu.
-