Itanguriro 4:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Inyuma y’ivyo, Kayini abwira mwenewabo Abeli ati: «Tujane mu gahinga.» Nuko bamaze gushikayo, Kayini asimbira kuri mwenewabo Abeli aramwica+. Itanguriro 4:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Aca amubwira ati: «Wakoze ibiki? Umve! Amaraso ya mwenewanyu ariko arasemerera antakambira iyo ari mw’ivu+. Zaburi 106:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Bagumye basesa amaraso y’intungane+,amaraso y’abahungu babo n’abakobwa babo,mu kubashikanira ibigirwamana vy’i Kanani+.Nuko igihugu kirahumana kubera ugusesa amaraso. Luka 11:50 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 50 kugira ngo amaraso y’abahanuzi bose yasheshwe kuva kw’ishingwa ry’isi azoje ku gatwe* k’uru runganwe+,
8 Inyuma y’ivyo, Kayini abwira mwenewabo Abeli ati: «Tujane mu gahinga.» Nuko bamaze gushikayo, Kayini asimbira kuri mwenewabo Abeli aramwica+.
10 Aca amubwira ati: «Wakoze ibiki? Umve! Amaraso ya mwenewanyu ariko arasemerera antakambira iyo ari mw’ivu+.
38 Bagumye basesa amaraso y’intungane+,amaraso y’abahungu babo n’abakobwa babo,mu kubashikanira ibigirwamana vy’i Kanani+.Nuko igihugu kirahumana kubera ugusesa amaraso.
50 kugira ngo amaraso y’abahanuzi bose yasheshwe kuva kw’ishingwa ry’isi azoje ku gatwe* k’uru runganwe+,