-
1 Ngoma 9:39-44Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
39 Neri+ yavyaye Kishi, Kishi avyara Sawuli+, Sawuli avyara Yonatani+, Malikishuwa+, Abinadabu+ na Eshibayali. 40 Yonatani yavyaye Meribu-Bayali+, Meribu-Bayali avyara Mika+. 41 Abahungu ba Mika bari Pitoni, Meleki, Tahireya na Ahazi. 42 Ahazi yavyaye Yara, Yara avyara Alemeti, Azimaveti na Zimuri. Zimuri yavyaye Moza, 43 Moza avyara Bineya, Bineya avyara Refaya, Refaya avyara Eleyasa, Eleyasa avyara Azeli. 44 Azeli yavyaye abahungu batandatu ari bo b’aba: Azirikamu, Bokeru, Ishimayeli, Sheyariya, Obadiya na Hanane. Abo bari abahungu ba Azeli.
-