Guharura 11:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Isinzi ry’abanyamahanga+ bari kumwe na bo batangura kwipfuza cane+ ivyo kurya vyizavyiza. Abisirayeli na bo nyene baca batangura kurira, bavuga bati: «Ni nde azoduha inyama turya+? Gusubira mu vyagezwe 9:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Mwarasubiriye kandi gutera ishavu Yehova i Tabera+, i Masa+ n’i Kiburoti-Hatava+. 1 Abakorinto 10:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ivyo bintu rero vyatubereye akarorero, kugira ntitwipfuze ibintu bibi nk’uko na bo bavyipfuje+.
4 Isinzi ry’abanyamahanga+ bari kumwe na bo batangura kwipfuza cane+ ivyo kurya vyizavyiza. Abisirayeli na bo nyene baca batangura kurira, bavuga bati: «Ni nde azoduha inyama turya+?