ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gucura intimba 4
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Gucura intimba: ibirimwo

      • Ingaruka ziteye ubwoba z’ukwugarizwa kwa Yeruzalemu

        • Ubukene bw’ibifungurwa (4, 5, 9)

        • Abagore bateka abana babo (10)

        • Yehova yasutse ishavu ryiwe (11)

Gucura intimba 4:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ku mutwe w’amabarabara yose.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 6:22
  • +1Bm 5:17; 7:9-12
  • +Yr 52:12, 13

Gucura intimba 4:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «uburemere.»

Gucura intimba 4:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu gifaransa ni autruche.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:29; Gus 28:53-57; Yr 19:9; Int 4:10
  • +Yb 39:14-16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2007, rup. 10-11

Gucura intimba 4:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Int 1:11; 2:11, 12
  • +Yr 52:6

Gucura intimba 4:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «baherewe.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «bagumbira.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Am 6:4, 7
  • +Yr 6:2, 26

Gucura intimba 4:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ikosa.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «igicumuro.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 16:48
  • +It 19:24, 25; Dn 9:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 106-108

Gucura intimba 4:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Shelegi ni utuvunjivunji twera cane dukoragurika nk’imvura. Mu gifaransa batwita neige.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 6:2

Gucura intimba 4:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ubwirabure.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 102:5

Gucura intimba 4:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 29:17; 38:2

Gucura intimba 4:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «kw’umukobwa w’abantu banje.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:29; Int 2:20; 4:3
  • +Gus 28:54-57

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 154-155

Gucura intimba 4:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 6:11; 7:20; Ezk 22:31
  • +Gus 32:22; 2Bm 25:9, 10

Gucura intimba 4:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 29:24; 1Bm 9:8

Gucura intimba 4:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 5:31; 14:14; Mik 3:11; Zf 3:4
  • +Yr 26:8; Mt 23:31; Ivk 7:52

Gucura intimba 4:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:28; Zf 1:17
  • +Yes 1:15; Yr 2:34

Gucura intimba 4:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «kuba ng’aha ari abanyamahanga.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:25, 65

Gucura intimba 4:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «mu maso ha Yehova.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:33; Gus 28:64; Yr 24:9
  • +2Bm 25:18, 21
  • +Int 5:12; Ezk 9:6

Gucura intimba 4:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Int 1:19
  • +Yr 37:7; Ezk 29:6

Gucura intimba 4:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:5; Int 3:52

Gucura intimba 4:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:49, 50; Yes 5:26; Yr 4:13; Hab 1:8

Gucura intimba 4:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo (Kurobanura).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 37:1
  • +2Bm 25:5, 6; Yr 39:5

Gucura intimba 4:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ewe mukobwa wa Edomu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 137:7; Ob 12
  • +Yr 25:17, 20; Ob 16
  • +Yr 49:10, 12

Gucura intimba 4:22

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «wewe mukobwa wa Edomu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:44; Yes 52:1; 60:18
  • +Yes 34:5; Ezk 25:13; 35:15; Am 1:11; Ob 13

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Int. 4:11Bm 6:22
Int. 4:11Bm 5:17; 7:9-12
Int. 4:1Yr 52:12, 13
Int. 4:3Lw 26:29; Gus 28:53-57; Yr 19:9; Int 4:10
Int. 4:3Yb 39:14-16
Int. 4:4Int 1:11; 2:11, 12
Int. 4:4Yr 52:6
Int. 4:5Am 6:4, 7
Int. 4:5Yr 6:2, 26
Int. 4:6Ezk 16:48
Int. 4:6It 19:24, 25; Dn 9:12
Int. 4:7Gh 6:2
Int. 4:8Zb 102:5
Int. 4:9Yr 29:17; 38:2
Int. 4:10Lw 26:29; Int 2:20; 4:3
Int. 4:10Gus 28:54-57
Int. 4:11Yr 6:11; 7:20; Ezk 22:31
Int. 4:11Gus 32:22; 2Bm 25:9, 10
Int. 4:12Gus 29:24; 1Bm 9:8
Int. 4:13Yr 5:31; 14:14; Mik 3:11; Zf 3:4
Int. 4:13Yr 26:8; Mt 23:31; Ivk 7:52
Int. 4:14Gus 28:28; Zf 1:17
Int. 4:14Yes 1:15; Yr 2:34
Int. 4:15Gus 28:25, 65
Int. 4:16Lw 26:33; Gus 28:64; Yr 24:9
Int. 4:162Bm 25:18, 21
Int. 4:16Int 5:12; Ezk 9:6
Int. 4:17Int 1:19
Int. 4:17Yr 37:7; Ezk 29:6
Int. 4:182Bm 25:5; Int 3:52
Int. 4:19Gus 28:49, 50; Yes 5:26; Yr 4:13; Hab 1:8
Int. 4:20Yr 37:1
Int. 4:202Bm 25:5, 6; Yr 39:5
Int. 4:21Zb 137:7; Ob 12
Int. 4:21Yr 25:17, 20; Ob 16
Int. 4:21Yr 49:10, 12
Int. 4:22Lw 26:44; Yes 52:1; 60:18
Int. 4:22Yes 34:5; Ezk 25:13; 35:15; Am 1:11; Ob 13
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Gucura intimba 4:1-22

Gucura intimba

א [Alefu]

4 Ewe kuntu ya nzahabu ikayangana, ya nzahabu nziza+, yafyirifyitiye!

Ewe kuntu ya mabuye meranda+ yandagajwe ku masanganzira yose*+!

ב [Beti]

 2 Nayo abahungu b’agaciro ba Siyoni, bamwe bahora banganya agaciro* n’inzahabu ityoroye,

ewe kuntu bafashwe nk’imibindi

yabumbwe n’umubumvyi!

ג [Gimelu]

 3 N’imbwebwe ari imbwebwe ziraha ivyana vyazo amabere ngo vyonke,

mugabo umukobwa w’abantu b’iwacu asigaye ari ruburakigongwe+ nk’ibinyoni vyitwa imbuni* vyo mu gahinga+.

ד [Daleti]

 4 Ururimi rw’uruyoya rwonka rwamase ku magage kubera inyota.

Abana barasaba umukate+ mugabo ntihagire n’umwe awubaha+.

ה [He]

 5 Abahora barya uturyoshe baguye isari* mu mabarabara+.

Abakuze bambara impuzu z’agahama+ barambaraye* mu birundo vy’umunyota.

ו [Vau]

 6 Igihano* c’umukobwa w’abantu b’iwacu kiruta igihano* ca Sodomu+,

hamwe harandurwa mu kanya gato, hakabura uwuhatabara+.

ז [Zayini]

 7 Abanaziri+ biwe bari batyoroye kurusha shelegi*, bera kurusha amata.

Bari inzobe kurusha amabuye y’agaciro yitwa korali. Bari bameze nk’amabuye ya safiro asenye.

ח [Heti]

 8 Basigaye birabura kurusha imivyiro*.

Nta wukibamenya mw’ibarabara.

Urukoba rwabo rwarakabiranye rwumira ku magufa+. Rusigaye rwumye nk’urukwi.

ט [Teti]

 9 Abishwe n’inkota bobo vyopfuma kurusha abishwe n’inzara+,

bamwe bagenda barahera, bagasogotwa n’ukubura ivyo barya.

י [Yodi]

10 Abagore b’impuhwe barafashe abana babo barabateka+.

Bababereye imfungurwa z’abagandaye mu gihe c’ugusenyuka kw’abantu b’iwacu*+.

כ [Kafu]

11 Yehova yerekanye uburake bwiwe.

Yasutse ishavu ryiwe rirurumba+.

Adomeka umuriro i Siyoni, ukayogeza imishinge yaho+.

ל [Lamedi]

12 Abami bo mw’isi n’abayibako bose ntibemeye

yuko uwurwanya Yeruzalemu n’umwansi wayo bokwinjiye mu marembo yaho+.

מ [Memu]

13 Vyabaye kubera ibicumuro vy’abahanuzi baho, kubera amakosa y’abaherezi baho+

basheshe amaraso y’abagororotsi babayo+.

נ [Nuni]

14 Bayerereye nk’impumyi+ mu mabarabara.

Nta n’umwe ashobora gukora ku mpuzu zabo

kubera bandujwe n’amaraso+.

ס [Sameki]

15 Basemerera bababwira ngo: «Nimwigireyo! Mwa bihumane mwe! Nimwigireyo! Nimwigireyo! Ntimudukoreko!»

Basigaye batagira aho baba. Baguma bayerera.

Mu mahanga abantu bavuze ngo: «Ntibashobora kugumana natwe ng’aha*+.

פ [Pe]

16 Yehova ubwiwe* yabasanza⁠je+.

Ntazosubira kubaraba ryiza.

Abantu ntibazokwubaha abaherezi+. Ntibazogirira ubuntu abashingantahe+.»

ע [Ayini]

17 Gushika n’ubu amaso yacu aruhijwe no kuguma areretse imfashanyo itaza+.

Twagumye tureretse amaso ahera mu nzira, tureretse imfashanyo yova kw’ihanga ritashobora kudukiza+.

צ [Tsade]

18 Aho twaca hose baraduhiga+ ku buryo tutashobora kugendera mu bibanza rusangi vyacu.

Iherezo ryacu riregereje. Imisi yacu yaheze, kuko iherezo ryacu rishitse.

ק [Kofu]

19 Abadukurikirana banyaruka kurusha inkona zo mu kirere+.

Batwirutseko ku misozi. Batubundiye mu bugaragwa.

ר [Reshi]

20 Uwahora ari impemu zo mu mazuru yacu, uwo Yehova yarobanuje amavuta*+, yafatiwe mu cobo cabo kinini+,

umwe twavuga ku bimwerekeye duti: «Tuzoba mu gitutu ciwe mu mahanga.»

ש [Sini]

21 Ewe Edomu*, niwigine kandi unezerwe+ wewe uba mu gihugu ca Uzi.

Ariko na wewe nyene igikombe kizogushikira+. Uzoborerwa, werekane ubwambure bwawe+.

ת [Tau]

22 Ewe mukobwa wa Siyoni, igihano c’ikosa ryawe carangiye.

Ntazosubira kukujana mu bunyagano+.

Mugabo wewe Edomu*, ikosa ryawe azoryitaho.

Azoshira ahabona ibicumuro vyawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika