ABALEWI
IBIRIMWO MURI MAKE
1
2
3
4
5
Ibicumuro bimwebimwe n’ibimazi bijana (1-6)
Amashikanwa abakene bashobora gutanga (7-13)
Ishikanwa ry’uwakoze igicumuro atabishaka (14-19)
6
7
Amategeko ajanye n’amashikanwa (1-21)
Kirazira kurya ikinure canke amaraso (22-27)
Umugabane w’abaherezi (28-36)
Insozero y’ibijanye n’amashikanwa (37, 38)
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
Kw’ihema ryeranda ni ho ibimazi bikwiye gutangirwa (1-9)
Kirazira kurya amaraso (10-14)
Amategeko ajanye n’ibitungwa basanze vyapfuye (15, 16)
18
19
20
Gusenga Moleki, kuvugana n’abapfuye (1-6)
Kuba beranda no kwubaha abavyeyi (7-9)
Abasambanyi bategerezwa gupfa (10-21)
Mutegerezwa kuba beranda kugira mugume mu gihugu (22-26)
Abakora ivyo guhanuza abapfuye bategerezwa kwicwa (27)
21
Abaherezi bategerezwa kuba beranda (1-9)
Umuherezi mukuru ntakwiye kwihumanya (10-15)
Abaherezi bategerezwa kuba batagira akanenge ku mubiri (16-24)
22
Ukudahumana kw’abaherezi, kurya ibintu vyeranda (1-16)
Amashikanwa atagira akanenge ni yo yemerwa gusa (17-33)
23
Imisi mikuru (1-44)
Isabato (3)
Pasika (4, 5)
Umusi mukuru w’imikate itarimwo umwambiro (6-8)
Amashikanwa y’ivyeze ubwa mbere (9-14)
Umusi mukuru w’amayinga (15-21)
Amategeko ajanye n’iyimbura (22)
Umusi mukuru wo kuvuza inzamba (23-25)
Umusi w’impongano (26-32)
Umusi mukuru w’insago (33-43)
24
Amavuta y’amatara yo mw’ihema ryeranda (1-4)
Imikate y’ishikanwa (5-9)
Uwuzotyoza izina ry’Imana azokwicishwa amabuye (10-23)
25
26
Mwirinde gusenga ibigirwamana (1, 2)
Imihezagiro iva ku kugamburuka (3-13)
Igihano c’ukugambarara (14-46)
27
Kugaruza ibintu vyeguriwe Imana (1-27)
Ivyeguriwe Yehova burundu (28, 29)
Kugaruza ic’icumi (30-34)