Ingene abakirisu bigenza
Kubera iki abakirisu bakwiye kubaho bisunga ivyo bemera?
Ni akarorero ka nde abakirisu bigana?
Havamwo iki igihe abakirisu babaho bisunga ivyo Imana idusaba?
Raba kandi 1Tm 4:12; Tt 2:4-8; 1Pt 3:1, 2; 2Pt 2:2
Ibi vyanditswe vyofasha gute umukirisu kwirinda kwigenza nabi?
Raba kandi Mt 5:28; 15:19; Rm 1:26, 27; Ef 2:2, 3
Ibi vyanditswe vyofasha gute umukirisu gukora ikibereye?
Rm 12:2; Ef 4:22-24; Fp 4:8; Kl 3:9, 10
Raba kandi Img 1:10-19; 2:10-15; 1Pt 1:14-16
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
It 39:7-12 —Yozefu yaratsinze inyosha mbi za muka Potifari
Yb 31:1, 9-11 —Yobu yariyemeje kwirinda kuraba umugore w’abandi mu buryo butabereye
Mt 4:1-11—Yezu yaratsinze inyosha mbi za Shetani
Abakirisu bakwiye kwirinda inyifato mbi izihe?
Raba «Inyifato mbi»
Abakirisu bakwiye kwirinda ingeso mbi izihe?
Raba «Ingeso mbi»
Ni ibiki bikwiye kuranga umukirisu?
Gukorana neza n’abandi
Ums 4:9, 10; 1Kr 16:16; Ef 4:15, 16
Raba kandi Zb 110:3; Fp 1:27, 28; Heb 13:17
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha
1Ng 25:1-8—Umwami Dawidi yaratunganije imigwi y’abaririmvyi n’abacuraranzi ku bw’igikorwa ceranda. Ivyo vyasaba ko basenyera ku mugozi umwe
Neh 3:1, 2, 8, 9, 12; 4:6-8, 14-18, 22, 23; 5:16; 6:15—Abasavyi ba Yehova barasenyeye ku mugozi umwe mu gusanura impome za Yeruzalemu maze Yehova arabahezagira, barangiza ico gikorwa mu misi 52 gusa
Gushishikara gusenga
Gutanga
Raba «Gutanga»
Gutinya Yehova
Raba kandi Zb 111:10
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
Neh 5:14-19—Kuba buramatari Nehemiya yaratinya Yehova vyatumye yirinda kurya imitsi abasavyi b’Imana nk’uko abandi ba buramatari bagira
Heb 5:7, 8—Yezu yaradusigiye akarorero mu bijanye no gutinya Imana
Imbabazi
Raba kandi «Imbabazi»
Impuhwe zuzuye ikibabarwe
Raba «Impuhwe»
Imvugo nziza kandi y’igikundiro
Img 12:18; 16:24; Kl 4:6; Tt 2:6-8
Raba kandi Img 10:11; 25:11; Kl 3:8
Ivyo impwemu yama
Kuba abizigirwa muri vyose
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
Dn 1:3-5, 8-20—Umuhanuzi Daniyeli na bagenziwe batatu baranse kurya ku bifungurwa vyari bibujijwe mu mategeko ya Musa
Lk 21:1-4—Yezu yarashimye intererano ntoya yatanzwe n’umupfakazi. Iyo ntererano yarerekanye ko uwo mupfakazi yari umwizigirwa
Kuba imvugakuri
Raba «Kuba imvugakuri»
Kuba umunyarutonde
Kubona ko abandi baturuta
Raba «Kwicisha bugufi»
Kubumbwa n’ivyo dufise
Raba «Kubumbwa n’ivyo dufise»
Kudahemuka
Raba «Kudahemuka»
Kugamburuka
Raba «Kugamburuka»
Kuremesha abandi; gukomeza abandi
Yes 35:3, 4; Rm 1:11, 12; Heb 10:24, 25
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha
1Sm 23:15-18—Igihe Dawidi yahamwa n’umwami Sawuli, Yonatani yaramuremesheje
Ivk 15:22-31—Inama nyobozi yo mu kinjana ca mbere yararungikanye ikete abayiserukira. Iryo kete ryararemesheje amashengero
Kutagira nkunzi
Raba «Kutagira nkunzi»
Kutarenza urugero mu ngeso
Raba kandi Img 23:1-3; 25:16
Kuvuga ukuri
Raba «Kuba imvugakuri»
Kuyoboka
Raba kandi Yoh 6:38; Ef 5:22-24; Kl 3:18
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
Lk 22:40-43—Yezu yaratanze akarorero mu kuyobokera Se wiwe n’igihe vyari bigoye cane
1Pt 3:1-6—Intumwa Petero yaremesheje abakenyezi bakirisu kwigana akarorero ka Sara mu bijanye no kuyoboka
Kwicisha bugufi; kwifata ruto
Raba «Kwicisha bugufi»
Kwihangana; kwumirako; gushikama
Mt 24:13; Lk 21:19; 1Kr 15:58; Gl 6:9; Heb 10:36
Raba kandi Rm 12:12; 1Tm 4:16; Ivy 2:2, 3
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha
Heb 12:1-3—Intumwa Pawulo yaremesheje abakirisu kwihangana afatiye ku karorero ka Yezu
Yak 5:10, 11—Yakobo yaravuze ukuntu Yobu yihanganye n’ingene Yehova yamuhezagiye
Kwihebera Imana
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
Ivk 10:1-7—Naho Koruneliyo yari umunyamahanga, Yehova yarabonye ko yari umuntu akunda gusenga, akunda Imana, ayitinya kandi atanga cane
1Tm 3:16—Yezu ni akarorero ruheta mu vyo kwihebera Imana
Kwisunga impwemu; gushira imbere ivyo Yehova agomba
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
Heb 11:8-10—Aburahamu yaba mu mahema ari kavamahanga kubera ko Ubwami bw’Imana atari umugani kuri we
Heb 11:24-27—Amahitamwo umuhanuzi Musa yagize mu buzima yarerekanye ko yabona yuko Yehova abaho koko
Kwitaho cane abandi
Kwitegurira kubabarira abandi
Raba «Kubabarira»
Kwizigira Yehova
Raba «Kwizigira Yehova»
Kwubaha abandi
Raba kandi Ef 5:33; 1Pt 3:1, 2, 7
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
Gh 14:1-4, 11—Abisirayeli ntibubashe umuhanuzi Musa n’umuherezi mukuru Aroni. Yehova yaciye abona ko ari we batubashe
Mt 21:33-41—Yezu yarakoresheje ikigereranyo kugira yerekane ivyoshikiye abatubaha abahanuzi ba Yehova n’Umwana wiwe
Ubwakiranyi
Raba «Ubwakiranyi»
Ugutungana
Raba «Ugutungana»
Ukutandura
2Kr 11:3; 1Tm 4:12; 5:1, 2, 22; 1Pt 3:1, 2
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha
It 39:4-12 —Yozefu yagumye atanduye naho muka Potifari yaguma amuryosharyosha
Ind 4:12; 8:6 —Wa mwigeme w’Umushulamukazi yaranse guhemukira umukunzi wiwe, aguma atanduye. Yari ameze nk’umurima uzitiye
Umutima rugabo
Raba «Umutima rugabo»
Umwete; gukorana umutima wacu wose
Raba «Akazi; ibikorwa»