ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w09 1/2 rup. 32
  • Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
w09 1/2 rup. 32

Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

◼ Izina ry’Imana ni irihe? Raba urupapuro rwa 6.

◼ Ni nde vy’ukuri ategeka iyi si? Raba urupapuro rwa 8.

◼ Nimba ufise abana, ni kubera iki bihambaye ko utegekanya umwanya womara uri kumwe n’uwo mwubakanye? Raba urupapuro rwa 11.

◼ Umukenyezi umwe yakora ivy’urudandaza rwa diyama rutemewe n’amategeko akongera akiba umukoresha wiwe, ni igiki camuvyuriye umutima wo gucika umukozi w’inzirabugunge? Raba urupapuro rwa 26, 27.

◼ Ni kubera iki Ivyabona vya Yehova badakoresha ibishushanyo mu gusenga? Raba urupapuro rwa 30, 31.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika