ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 3/09 rup. 2
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 16 Ntwarante

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 16 Ntwarante
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2009
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 16 NTWARANTE
Igikorwa dukorera Ubwami—2009
km 3/09 rup. 2

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 16 Ntwarante

INDWI ITANGURA KU WA 16 NTWARANTE

Ururirimbo rwa 106

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

lv ikig. 2 ing. 12-21, uruzitiro ruri ku rup. 24

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Itanguriro 43-46

No. 1: Itanguriro 44:1-17

No. 2: Ububasha Yezu afise ku madayimoni (lr ikig. 10)

No. 3: Ubuzima bw’umuntu bwa Yezu bwabaye incungu ya bose (td 16A)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 130

Imin. 5: Amatangazo.

Imin. 10: Yehova amenyekanira kw’izina ryiwe. Insiguro irimwo igishika ishingiye ku gitabu Ishure ry’Ubusuku, urupapuro rwa 274, ingingo ya 2-5.

Imin. 10: Nimuce irya n’ino “Ikete rivuye ku Nama Nyobozi” riri ku rupapuro rwa 3. Insiguro be n’ikiganiro co guhana ijambo n’abumviriza. Nimba igitabu c’umwaka (Annuaire) ca 2009 kiboneka, nimutegekanye imbere y’igihe ivy’uko abamamaji bigana ivyabonywe bikeyi vyabaremesheje. Nusabe abumviriza bagire ico bavuze ku bintu bidasanzwe biri muri raporo yo kw’isi yose iri mu Gikorwa dukorera Ubwami co muri Ruhuhuma 2009.

Imin. 10: “Ingene twokoresha ca gitabu ‘Urukundo rw’Imana’ mu kurongora inyigisho za Bibiliya.” Amajambo y’intangamarara nuyashikirize mu mwanya udashika umunuta, hanyuma hakurikire ikiganiro c’ibibazo n’inyishu.

Ururirimbo rwa 97

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika