ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 3/12 rup. 2
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 19 Ntwarante

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 19 Ntwarante
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2012
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 19 NTWARANTE
Igikorwa dukorera Ubwami—2012
km 3/12 rup. 2

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 19 Ntwarante

INDWI ITANGURA KU WA 19 NTWARANTE

Ururirimbo rwa 11 n’isengesho

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

bt ikig. 18 ing. 6-11 (Imin. 25)

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Yeremiya 8-11 (Imin. 10)

No. 1: Yeremiya 10:17–11:5 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Ubuzima kw’isi ntibuzokwigera buhera (td 20B) (Imin. 5)

No. 3: Ivyabona vya Yehova ryoba ari idini rishasha? (td 21A) (Imin. 5)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 21

Imin. 5: Amatangazo.

Imin. 15: Hatwigisha iki? Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Saba abumviriza basome Matayo 6:19-34. Nimwihweze ukuntu ibivugwamwo bishobora kudufasha mu busuku bwacu.

Imin. 15: “Twamamaze ata bwoba mu bibanza bikorerwamwo ivy’ubudandaji.” Ibibazo n’inyishu. Nubaze ibibazo umwamamaji aroranirwa mu kwamamaza mu bibanza bikorerwamwo ivy’ubudandaji.

Ururirimbo rwa 108 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika