ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Ruhuhuma rup. 7
  • Amajuru mashasha n’isi nshasha bizozana umunezero mwinshi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Amajuru mashasha n’isi nshasha bizozana umunezero mwinshi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Ivyo bijanye
  • “Ivya kera ntibizokwibukwa”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • “Ehe ibintu vyose ndiko ndabigira bishasha”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Isi nshasha nk’uko Imana yasezeranye
    Mwame Mugavye!
  • Ibintu Vyose Abihindura Bishasha nk’Uko Vyavuzwe Kera
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2000
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Ruhuhuma rup. 7
Kristu aganza ari Umwami w’Ubwami bw’Imana

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YESAYA 63-66

Amajuru mashasha n’isi nshasha bizozana umunezero mwinshi

Umuhango Yehova yatanze wo gusubiza ibintu mu buryo dusanga muri Yesaya 65 uzoranguka ata gukeka, ku buryo Yehova awuvuga nk’aho uriko uraranguka.

Yehova arema amajuru mashasha n’isi nshasha, ivya kera ntibisubira kwibukwa

65:17

Amajuru mashasha ni iki?

  • Ni intwaro nshasha izotuma kw’isi harangwa ubugororotsi

  • Iyo ntwaro yashinzwe mu 1914 igihe Kristu yimikwa akaba Umwami w’Ubwami bw’Imana

Isi nshasha ni iki?

  • Ni ikibano c’abantu bo mu bihugu vyose, indimi zose n’amoko yose bashigikira babikunze ubutegetsi bw’iyo ntwaro nshasha yo mw’ijuru

Ivya kera ni gute bitazosubira kwibukwa?

  • Imibabaro yo ku mubiri, mu bwenge no mu mutima, iyituma twibuka ibintu bibabaje, ntizokwongera kubaho

  • Abantu b’abizigirwa bazohimbarirwa ubuzima bimwe bishitse, kandi bazoryoherwa no kwibuka ibintu biteye umunezero bazogenda baribonera ku musi ku musi

    Umugabo yari yicaye ku gakinga k’ibimuga atambuka, akigeme kagumbiriye ingwe, umuryango uriko wamura ivyamwa, abantu basubiye kubonana mu gihe c’izuka
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika