ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Ruhuhuma rup. 6
  • 27 Ruhuhuma–5 Ntwarante

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 27 Ruhuhuma–5 Ntwarante
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Ruhuhuma rup. 6

27 Ruhuhuma–5 Ntwarante

YESAYA 63-66

  • Ururirimbo rwa 19 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Amajuru mashasha n’isi nshasha bizozana umunezero mwinshi”: (Imin. 10)

    • Yes 65:17​—“Ivya kera ntibizokwibukwa” (ip-2 383 ing. 23)

    • Yes 65:18, 19​—Hazoba umunezero mwinshi (ip-2 384 ing. 25)

    • Yes 65:21-23​—Ubuzima buzoba buryoshe cane, kandi abantu bazokwumva batekaniwe (w12 15/9 9 ing. 4-5)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yes 63:5​—Ni mu buryo ki ubushangashirwe bw’Imana buyishigikira? (w07 15/1 11 ing. 6)

    • Yes 64:8​—Yehova akoresha gute ubukuru afise bwo kuba ari Umubumvyi wacu? (w13 15/6 24-25 ing. 3-5)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yes 63:1-10

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Ef 5:33​—Niwigishe ukuri.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) 1Tm 5:8; Tt 2:4, 5​—Niwigishe ukuri.

  • Insiguro: (Imin. 6 canke idashika) Yes 66:23; w06 1/11 30-31 ing. 14-17​—Umutwe: Gukoranira hamwe ni umuce w’ugusenga kwacu uzokwamaho.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 129

  • “Munezerwe mu cizigiro” (Yes 65:17, 18; Rm 12:12): (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe akavidewo kavuga ngo Munezerwe mu cizigiro.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 9 ing. 1-9, n’uruzitiro “Iyongerekana ryabaye hirya no hino kw’isi”

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 95 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika