ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Gitugutu rup. 6
  • Nuhe Yehova ivyiza kuruta ibindi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nuhe Yehova ivyiza kuruta ibindi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Ivyo bijanye
  • Dushikane ibimazi bihimbara Imana
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
  • Gushimwa n’Imana bishikana ku buzima budahera
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
  • Igira kuri vya bintu vy’ishimikiro vyerekeye ukuri
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Ibimazi vy’Ugushemeza Bihimbara Yehova
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2000
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Gitugutu rup. 6

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | HOSEYA 8-14

Nuhe Yehova ivyiza kuruta ibindi

14:2, 4, 9

Igihe uhaye Yehova ivyiza kuruta ibindi biramuhimbara kandi birakugirira akamaro

Igihe uhaye Yehova ivyiza kuruta ibindi biramuhimbara kandi birakugirira akamaro

UBUCUTI UFITANIYE NA YEHOVA

  1. Urashikanira Yehova ibimazi vy’ishemezo

  2. Yehova arakubabarira, akagushima, akakugira umugenzi

  3. Uribonera ivyiza biva ku kugamburukira Yehova bigatuma urushiriza kumushemeza

WARI UBIZI?

Ibimasa vyari vyo bitungwa binini kandi biteye iteka Abisirayeli batangako ibimazi. Mu bihe bimwebimwe, ibimasa vyaratangwa ku bw’abaherezi canke ku bw’ihanga ryose rya Isirayeli. Yehova abona ko ibimazi vy’iminwa yacu ari bimwe mu bimazi vyiza kuruta ibindi.

Umwisirayeli ashoreye ikimasa

Ni mu buryo ubuhe noha Yehova ivyiza kuruta ibindi?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika