ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Rusama rup. 6
  • 28 Rusama–3 Ruheshi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 28 Rusama–3 Ruheshi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Rusama rup. 6

28 Rusama–3 Ruheshi

MARIKO 13-14

  • Ururirimbo rwa 55 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Niwirinde kugwa mu mutego wo gutinya abantu”: (Imin. 10)

    • Mr 14:29, 31​—Intumwa ntizipfuza guhemukira Yezu

    • Mr 14:50​—Igihe Yezu yafatwa, intumwa zose zaramutaye zirahunga

    • Mr 14:47, 54, 66-72​—Petero yaragize umutima rugabo wo kurwanira Yezu yongera aramukurikira agendera kure, ariko mu nyuma aramwihakana incuro zitatu (ia 200 ing. 14; it-2-F 585 ing. 3)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Mr 14:51, 52​—Uwo musore yahunze ari gusa ashobora kuba yari nde? (w08 15/2 30 ing. 6)

    • Mr 14:60-62​—Ni igiki gishobora kuba catumye Yezu yishura ikibazo c’umuherezi mukuru? (jy rup. 287 ing. 4)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mr 14:43-59

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago. Mutumire ku makoraniro.

  • Usubiyeyo ubwa gatatu: (Imin. 3 canke idashika) Ihitiremwo icanditswe wokoresha, hanyuma ushikirize igitabu canke agatabu dukoresha mu kuyobora inyigisho.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bhs 181-182 ing. 17-18

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 73

  • “Yehova azogufasha guhera ubwoba”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 22

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 81 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika