UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Nugume usaba Yehova ubuyobozi
Abisirayeli bagumye basaba Yehova ubuyobozi (Abc 20:17, 18, 23; w11 15/9 32 ing. 2)
Amaherezo, Abisirayeli barihetse kuri Yehova baherejeko kugira abafashe gukura iceyi kwʼizina ryiwe (Abc 20:26-28)
Dutegerezwa kuguma dusaba Yehova ngo atuyobore kandi tukamwihekako duherejeko (Abc 20:35; Lk 11:9; w11 15/9 32 ing. 4)
NIWIBAZE UTI: ‘Igihe ndi mu ngorane, noba nca nihutira kwitura Yehova? Noba nguma ndamusaba ubukerebutsi n’ubuyobozi?’