ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Mukakaro rup. 11
  • Barakoze baratama babitumwe n’urukundo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Barakoze baratama babitumwe n’urukundo
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Agaciro k’ubukerebutsi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Salomo Yubaka Urusengero
    Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya
  • Isengesho riranga ukwicisha bugufi kandi rivuye ku mutima Salomo yatuye ku mugaragaro
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Urusengero rwa Yehova
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Mukakaro rup. 11
Umwami Salomo ari ahariko harubakwa urusengero, akaba ariko arumviriza yitonze umukozi ariko aramusigurira imigero y’iyo nyubakwa.

Umwami Salomo ariko araraba aho igikorwa co kwubaka urusengero kigeze

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Barakoze baratama babitumwe n’urukundo

Mu kwubaka urusengero, Salomo yakoresheje ibikoresho vyiza gusumba ibindi (1Bm 5:6, 17; w11 1/2 15)

Benshi baragize uruhara muri ico gikorwa (1Bm 5:13-16; it-1 411; it-2 1047 ing. 8)

Salomo n’abandi Bisirayeli barakoze baratama mu kiringo c’imyaka indwi kugira barangize ico gikorwa (1Bm 6:38; raba ishusho iri ku gipfukisho)

Salomo n’abandi Bisirayeli barashoboye kwubakira Yehova urusengero rwiza kubera bamukunda. Ikibabaje, amayaruka yakurikiye ntiyagiriye umwete ugusenga Yehova. Bararetse urwo rusengero rurononekara, amaherezo rurabomorwa.

Abavukanyi na bashiki bacu bariko barasukura Ingoro y’Ubwami baryohewe. Inyuma yabo, hari abariko barashira intererano mu gasandugu, abariko baraganira n’abariko barapanga ibitabu vyo mu bubiko.

NIWIBAZE UTI: ‘Ndiko nkora iki kugira ngumane umwete wo gukorera Yehova?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika