ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Nyakanga rup. 4
  • Nuhitemwo neza uwo muzokwubakana

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nuhitemwo neza uwo muzokwubakana
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Woba uvyibuka?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
  • Nufashe abakiri bato kuroranirwa
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • 15 Urusengero mu gihe ca Salomo
    Bibiliya y’isi nshasha
  • Isengesho riranga ukwicisha bugufi kandi rivuye ku mutima Salomo yatuye ku mugaragaro
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Nyakanga rup. 4

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nuhitemwo neza uwo muzokwubakana

Salomo, n’ubujuju n’akantu, yarongoye abagore basenga imana z’ikinyoma (1Bm 11:1, 2; w18.07 18 ing. 7)

Buhorobuhoro abagore ba Salomo barakebeje umutima wiwe urava kuri Yehova (1Bm 11:3-6; w19.01 15 ing. 6)

Yehova yarashavuriye Salomo (1Bm 11:9, 10; w18.07 19 ing. 9)

Udufoto: Mushiki wacu atarubaka ariko ariyigisha Bibiliya yongera yiyumvira umuvukanyi atarubaka. 1. Uwo muvukanyi ariko aratanga insasanuro kw’ikoraniro. 2. Ariko aramamaza ku mugaragaro. 3. Ariko arafasha mu kubungabunga Ingoro y’Ubwami.

Ijambo ry’Imana rihanura abakirisu b’abirebange kwubaka “mu Mukama gusa.” (1Kr 7:39) Ariko kuba umuntu yarabatijwe si vyo vyonyene vyotuma aba umugabo canke umugore abereye. Yoba azogufasha kuguma ukorera Yehova n’ubuzima bwawe bwose? Yoba amaze igihe yerekana ko akunda Yehova? Imbere y’uko umwemerera ko muzokwubakana, nubanze ufate akanya ko kumumenya neza.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika