ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Nyakanga rup. 6
  • Kubera iki twobumbwa n’ivyo dufise kandi tukifata ruto?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Kubera iki twobumbwa n’ivyo dufise kandi tukifata ruto?
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • ‘Ubwo nyene nca ndasenga’
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ingene woronka umuhezagiro wa Yehova
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ibivugwa muri Bibiliya vyarabaye, si ibitito
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • 15 Urusengero mu gihe ca Salomo
    Bibiliya y’isi nshasha
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Nyakanga rup. 6

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Kubera iki twobumbwa n’ivyo dufise kandi tukifata ruto?

Umuhanuzi w’Imana yaranse ingabire idasanzwe Yerobowamu yamuhaye (1Bm 13:7-10; w08 15/8 8 ing. 4)

Umuhanuzi w’Imana yahavuye agambarara itegeko ritomoye Yehova yamuhaye (1Bm 13:14-19; w08 15/8 11 ing. 15)

Kuba uwo muhanuzi yaragambaraye vyaramukwegeye akarambaraye (1Bm 13:20-22; w08 15/8 9 ing. 10)

Abavyeyi bariko baraganira ayinjira n’ayasohoka, abana babo bakaba bariko bakinira ku mbuga.

Nimba tubumbwa n’ivyo dufise kandi tukiheka kuri Yehova igihe dufata ingingo, turashobora kwirinda ingorane nyinshi zoshika giturumbuka.​—1Tm 6:8-10.

NIWIBAZE UTI: ‘Nokwerekana gute ko mbumbwa n’ibintu vya nkenerwa mu buzima? Nokwerekana gute ko nifata ruto igihe mfata ingingo?’​—Img 3:5; 11:2.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika