ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Nyakanga rup. 6
  • 19-25 Nyakanga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 19-25 Nyakanga
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Nyakanga rup. 6

19-25 Nyakanga

1 ABAMI 13-14

  • Ururirimbo rwa 21 n’isengesho

  • Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Kubera iki twobumbwa n’ivyo dufise kandi tukifata ruto?”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • 1Bm 14:13​—Iki canditswe kitwigisha iki ku vyerekeye Yehova? (w10 1/7 29 ing. 5)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Bm 13:1-10 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye n’isekeza ryo gutanguza inyigisho za Bibiliya. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 7)

  • Usubiyeyo: (Imin. 4) Nubandanye inyigisho watanguje mugihura, ukoresheje icigwa ca 01 c’agatabu Kwiberaho ibihe bidahera. (th icigwa ca 9)

  • Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 07, iciyumviro ca 5 (th icigwa ca 19)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 118

  • “Urashobora kwihanganira ingorane z’ivy’ubutunzi”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Niwubake inzu idashoka isenyuka​—‘Nubumbwe n’ibintu vy’iki gihe.’

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 19, iciyumviro ca 5-6, na Incamake, Wize iki? na Umugambi wokwishingira

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 56 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika