ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Nyakanga rup. 7
  • Urashobora kwihanganira ingorane z’ivy’ubutunzi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urashobora kwihanganira ingorane z’ivy’ubutunzi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Yehova Imana yawe araguha agaciro
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2020
  • Nugume urindiranye umushasharo kandi wihanganye
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ukwizera kwawe kuzoba gukomeye ukungana iki?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2021
  • Mufatire akarorero ku bahanuzi​—Habakuki
    Igikorwa dukorera Ubwami—2015
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Nyakanga rup. 7
Amashusho yakuwe mw’ividewo “Niwubake inzu idashoka isenyuka​—‘Nubumbwe n’ibintu vy’iki gihe.’” Udufoto: 1. Ángel ariko arasoma Bibiliya. 2. Lester n’umugore wiwe bariko basomera hamwe Bibiliya.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Urashobora kwihanganira ingorane z’ivy’ubutunzi

Ubuzima bwo mu misi ya nyuma bwuzuye ingorane. Uko twegereza iherezo ry’iyi si, ingorane zizorushiriza kwiyongera. Vyoshika tukabura ibintu vya nkenerwa bimwebimwe. (Hab 3:16-18) Ni igiki codufasha kwihanganira ingorane z’ivy’ubutunzi? Dutegerezwa kubandanya twizigira Imana yacu Yehova. Yasezeranye kwitwararika abasavyi biwe kandi arashobora kuturonsa ivyo dukeneye uko ibintu vyoba vyifashe kwose.​—Zb 37:18, 19; Heb 13:5, 6.

Ico wokora:

  • Nutakambire Yehova ngo aguhe ubuyobozi n’ubukerebutsi yongere agushigikire.​—Zb 62:8

  • Niwemere akazi uronse naho woba utari bwagakore.​—g-F 1/10 8-9, inzitiro

  • Nugumane urutonde rwiza rw’ivy’impwemu, nko gusoma Ijambo ry’Imana buri musi, kwitaba amakoraniro no kuja mu ndimiro

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO NIWUBAKE INZU IDASHOKA ISENYUKA​—‘NUBUMBWE N’IBINTU VY’IKI GIHE,’ MUCE MWISHURA IBIBAZO BIKURIKIRA:

  • Ni ingorane izihe imiryango imwimwe yagize?

  • Ikintu gihambaye kuruta ibindi mu buzima ni ikihe?

  • Twofasha gute abari mu ngorane z’ivy’ubutunzi?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika