2-8 RUHUHUMA
YESAYA 30-32
Ururirimbo rwa 8 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)
1. Nuhungire mu mababa ya Yehova
(Imin. 10)
Yehova arakingira abasavyi biwe nka kurya inyoni ikingira ivyana vyayo (Yes 31:5; w01 1/12 14 ing. 7)
Nugume hafi y’abo Yehova ariko arakoresha mu kugushigikira (Yes 32:1, 2; w24.01 24 ing. 13)
Nuzirikane ku cizigiro Yehova yaguhaye kuko bituma urema (Yes 32:16-18; w23.10 17 ing. 19)
2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya
(Imin. 10)
Yes 30:20—Imvugo ngo «umukate w’amarushwa n’amazi y’agacinyizo» isobanura iki? (it «Pain» ing. 8)
Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
3. Igisomwa ca Bibiliya
(Imin. 4) Yes 31:1-9 (th icigwa ca 10)
4. Gutanguza ikiyago
(Imin. 4) AKARYO KIZANYE. Uwo muntu akubwiye ko arajwe ishinga n’ikintu kiriko kiraba. (lmd icigwa ca 2 iciyumviro ca 5)
5. Gutanguza ikiyago
(Imin. 4) INZU KU NZU. (lmd icigwa ca 5 iciyumviro ca 5)
6. Gukurikirana abashimishijwe
(Imin. 4) INZU KU NZU. Numusabe mwige Bibiliya. (lmd icigwa ca 7 iciyumviro ca 3)
Ururirimbo rwa 157
7. “Igikorwa c’ubugororotsi nyakuri kizotegerezwa gucika amahoro”—Agace
(Imin. 15) Guhana ijambo.
Nimurabe IVIDEWO. Nuce ubaza uti:
Muri iyo videwo, wize iki ku bijanye n’ubugororotsi nyakuri?—Yes 32:17.
8. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero
(Imin. 30) lfb icigwa ca 58-59