Ibirimwo
IBIRI MURI IYI NOMERO
Ikiganiro c’ukwiga ca 40: Ku wa 8-14 Kigarama 2025
6 Yehova aratuma tugira ‘agahimbare ntangere’
Ikiganiro c’ukwiga ca 41: Ku wa 15-21 Kigarama 2025
12 Urukundo rw’Imana rwamaho ibihe vyose
Ikiganiro c’ukwiga ca 42: Ku wa 22-28 Kigarama 2025
18 Ingene tworyohora amasengesho yacu
Ikiganiro c’ukwiga ca 43: Ku wa 29 Kigarama 2025–4 Nzero 2026
30 Abavukanyi babiri bongewe ku bagize Inama Nyobozi
32 Ingene wokwiyigisha—Ingene wokwumira ku rutonde rwawe rwo gusoma Bibiliya buri musi