ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • g 4/12 rup. 9-31
  • Abagize umuryango bavyihweze bari hamwe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Abagize umuryango bavyihweze bari hamwe
  • Be maso!—2012
  • Udutwe
  • Ivyo bijanye
  • Atandukaniye ku ki?
  • Nuze uratwegeranya maze utwige
  • INYISHU Z’IBIBAZO BIRI KU RUPAPURO RWA 30
  • Abagize umuryango bavyihwereze hamwe
    Be maso!—2012
  • Abagize umuryango bavyihweze bari hamwe
    Be maso!—2011
  • Abagize umuryango bavyihweze bari hamwe
    Be maso!—2012
  • Abagize umuryango bavyihweze bari hamwe
    Be maso!—2012
Ibindi
Be maso!—2012
g 4/12 rup. 9-31

Abagize umuryango bavyihweze bari hamwe

Atandukaniye ku ki?

Woba ushobora kwerekana ibintu bitatu bitandukanya ishusho A n’ishusho B? Niwandike inyishu zawe ku mirongo iri aha hepfo, wongere uheraheze ayo mashusho mu kuyasiga amabara. ICOBAFASHA GUTORA INYISHU: Nimusome 1 Samweli 16:1-3, 6-​13.

1. ․․․․․

2. ․․․․․

3. ․․․․․

4. Ishusho itarimwo amakosa ni iyihe? Ni A canke ni B?

IVYO KUGANIRAKO:

Yehova abona iki iyo aravye umuntu? Bibiliya iba ishaka kuvuga iki iyo ivuze yuko ‘Yehova abona umutima’?

ICOBAFASHA GUTORA INYISHU: Nimusome Yeremiya 17:​10.

Ukuntu umuntu aboneka inyuma guhambaye ukungana iki kuri Yehova?

ICOBAFASHA GUTORA INYISHU: Nimusome Imigani 11:​22; 31:​30; 1 Petero 3:​3, 4.

Ni kamere izihe zizotuma uboneka neza imbere y’Imana?

ICOBAFASHA GUTORA INYISHU: Nimusome Luka 10:​27; 2 Petero 1:​5-8.

ABAGIZE UMURYANGO BABIKORERE HAMWE:

Nimusome Abagalatiya 5:​22, 23. Kamere imwimwe yose muri izo icenda nimuyandike ku gapapuro kayo. Nimuhitemwo umwe mu bagize umuryango, maze mumadike mu mugongo wiwe agapapuro kamwe. Uwo muntu ntabone kamere iri kuri ako gapapuro. Nimumusabe agerageze gutora iyo kamere mu kuza arababaza ibibazo bijanye na yo. Abasigaye barashobora kwishura gusa ego canke oya.

Nuze uratwegeranya maze utwige

Nugakate, ukazingemwo kubiri hanyuma ukabike

AGAPAPURO K’IVYA BIBILIYA 13 YOBU

IBIBAZO

A. Abana Yobu yagize bose hamwe bari abahungu ____ n’abakobwa ____.

B. Ni ibiki Shetani yatwaye Yobu?

C. Heraheza aya majambo Yobu yavuze: “Gushika ncikanye, sinzokwiyambura . . . ”

[Igicapo]

4026 B.G.C. 1 G.C. 98 G.C.

Adamu aremwa Yabayeho nko Igitabu ca nyuma

mu 1600 B.G.C. ca Bibiliya candikwa

[Ikarata]

Yaba i Uzi

IGIHUGU C’ISEZERANO

MISIRI

UZI?

YOBU

IVYIWE MURI MAKE

Yari umugabo “atagirako umugayo kandi agororotse” imbere y’Imana. (Yobu 1:8) Naho umugore wiwe n’abandi bantu bamuremereye, ntiyigeze areka gukorera Imana. (Yobu 1:20-22; 2:9, 10) Ukwumira kw’ibanga kwiwe hamwe n’ibintu biteye agahimbare vyavuyemwo biratuma tugira umutima rugabo wo kwihanganira tudahemuka ibigeragezo bidushikira.—Yobu 42:12-17; Yakobo 5:11.

INYISHU

A. 14, 6.—Yobu 1:2; 42:13.

B. Ibitungwa vyiwe, abasuku biwe, abana biwe, n’amagara yiwe.—Yobu 1:13-19; 2:4-7.

C. “. . . ugutungana kwanje!”—Yobu 27:5.

AGAPAPURO K’IVYA BIBILIYA 14 SAMWELI

IBIBAZO

A. Abavyeyi ba Samweli bitwa _______ na ______.

B. Yehova yakoresheje Samweli mu kwandika ibitabu vyo muri Bibiliya ibihe?

C. Heraheza aya majambo yo muri Bibiliya: “Nuko ka gahungu Samweli kabandanya . . . ”

[Igicapo]

4026 B.G.C. 1 G.C. 98 G.C.

Adamu aremwa Yabayeho nko Igitabu ca nyuma

mu 1100 B.G.C. ca Bibiliya candikwa

[Ikarata]

Yavukiye i Rama—yimukiye i Shilo

Rama

Shilo

Yeruzalemu

SAMWELI

IVYIWE MURI MAKE

Abavyeyi biwe ‘bamutije Yehova’ bongera bamuremesha gukorera Imana kuva akiri muto akabigira umwuga. (1 Samweli 1:24, 28) Naho Samweli yabona abaherezi bononekaye barya imitsi abandi, yagumye ari intahemuka, inzirabugunge n’intwari.—1 Samweli 2:22-26; 3:18, 19; 12:2-5, 17, 18.

INYISHU

A. Elikana na Hana.—1 Samweli 1:19, 20.

B. Abacamanza, Rusi n’igice c’igitabu ca Samweli wa mbere.

C. “. . . gukurira imbere ya Yehova.”—1 Samweli 2:21.

4026 B.G.C.

Nimba wipfuza ayandi makopi y’ikiganiro “Abagize umuryango bavyihweze bari hamwe,” nuyasohore ku muhora wa Internet kuri www.pr418.com

● Inyishu z’ikiganiro “ABAGIZE UMURYANGO BAVYIHWEZE BARI HAMWE” ziri ku rupapuro rwa 9

INYISHU Z’IBIBAZO BIRI KU RUPAPURO RWA 30

1. Kw’ishusho imwe hari impene mugabo ku yindi hari inka.

2. Kw’ishusho imwe hari umukobwa mugabo ku yindi nta wuhari.

3. Kw’ishusho imwe hari umukuza w’urushato mugabo ku yindi hari ihembe ryuzuye amavuta.

4. B.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika