ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • wp18 no. 2 rup. 16
  • “Abatekereza bazokwigabira isi”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Abatekereza bazokwigabira isi”
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2018
  • Ivyo bijanye
  • Ico kumenya ukuri vyokumarira
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2020
  • Urashobora kwiyegereza Imana
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2019
  • Urashobora kwihitiramwo kazoza kawe
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2021
  • Ubona gute kazoza?
    Ubona gute kazoza?
Ibindi
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2018
wp18 no. 2 rup. 16
Umuryango

“Abatekereza bazokwigabira isi”

Abenshi turamaze kubona ubutungane bugorekwa, ababisha na bo bagacinyiza abantu bimereye neza kandi ata co bazira. Hoba hazogera igihe akarenganyo n’ububisha bikavaho?

Zaburi ya 37 irishura ico kibazo, ikaduha n’ubuyobozi twokwisunga muri iki gihe. Raba ingene yishura ibi bibazo bihambaye:

  • Twovyifatamwo gute igihe baducinyije?​—Umurongo wa 1, 2.

  • Kazoza k’ababisha ni akahe?​—Umurongo wa 10.

  • Kazoza k’abakora ibigororotse ni akahe?​—Umurongo wa 11, 29.

  • Dukwiye gukora iki muri iki gihe?​—Umurongo wa 34.

Amajambo yahumetswe dusanga muri Zaburi ya 37 arerekana neza ko ‘abizigira Yehova, bakagumya inzira yiwe’ biteze kazoza keza cane. Ivyabona vya Yehova bohimbarwa no kugufasha kwiga Bibiliya kugira ubone ico wokora ngo wewe n’abawe muze mwironkere kazoza nk’ako.

Ushaka kumenya nʼibindi ku bijanye na kazoza keza Imana isezerana, nutangure kwiga Bibiliya ukoresheje ako gatabu, Kwiberaho ibihe bidahera kasohowe nʼIvyabona vya Yehova. Karaboneka no kuri www.pr418.com

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika