ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • wp19 no. 1 rup. 16
  • Urashobora kwiyegereza Imana

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urashobora kwiyegereza Imana
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2019
  • Ivyo bijanye
  • ‘Imana irakubabaye’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2019
  • Ico kumenya ukuri vyokumarira
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2020
  • Imana imererwa gute igihe uri mu mibabaro?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2018
  • “Abatekereza bazokwigabira isi”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2018
Ibindi
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2019
wp19 no. 1 rup. 16

Urashobora kwiyegereza Imana

ABANTU BAMWEBAMWE BABONA KO . . .

Imana itatwitwararika canke yuko iri kure cane kandi ko ari nyeranda, ko rero tudashobora kuyiyegereza.

IVYO BIBILIYA IVUGA

Umugore ariko arasoma Bibiliya

“Mwiyegereze Imana, na yo izobiyegereza.”​—Yakobo 4:8.

“Muterere amaganya yanyu yose kuri yo, kuko ibababara.”​—1 Petero 5:7.

WOKWIYEGEREZA IMANA GUTE?

  • Nuyiyagire.​—Zaburi 145:18, 19.

  • Nuyitege yompi.​—Zaburi 32:8.

  • Nuyigamburukire.​—Imigani 3:5, 6.

  • Ntucike intege.​—Matayo 7:7, 8.

Kugira umenye n’ibindi ku bijanye na kazoza keza Imana idusezeranira, niwemere kwiga Bibiliya ukoresheje ako gatabu, Urashobora kwiberaho ibihe bidahera!, kasohowe n’Ivyabona vya Yehova. Karaboneka no kuri www.pr418.com

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika