ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • wp19 no. 2 rup. 16
  • ‘Imana irakubabaye’

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • ‘Imana irakubabaye’
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2019
  • Ivyo bijanye
  • Urashobora kwiyegereza Imana
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2019
  • Ico kumenya ukuri vyokumarira
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2020
  • Imana imererwa gute igihe uri mu mibabaro?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2018
  • Imibabaro yoba izoteba igahera?
    Imibabaro yoba izoteba igahera?
Ibindi
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2019
wp19 no. 2 rup. 16

‘Imana irakubabaye’

Umwigeme ariko aramwenyura yongera atambuka ata bwoba mw’isinzi ry’abandi bantu

Naho abandi boguhemukira, hariho uwutazokwigera aguheba. None ni nde?

Umwami Dawidi yavuze ati: “Hamwe data na mama bonta, Yehova ubwiwe yonyitorera.”​—Zaburi 27:10.

Yehova ni “Se w’imbabazi zuzuye ikibabarwe ikaba n’Imana y’uruhoza rwose, iyiduhoza mu makuba yacu yose.”​—2 Abakorinto 1:3, 4.

“Muterere amaganya yanyu yose kuri yo, kuko ibababara.”​—1 Petero 5:7.

Nimba ushaka kumenya ko Imana yipfuza kugufasha, raba icigwa ca 08 c’igitabu Kwiberaho ibihe bidahera, casohowe n’Ivyabona vya Yehova. Kiraboneka no kuri www.pr418.com

Ushaka kumenya n’ibindi ku bijanye n’ingene wokwiyegereza Imana, raba icigwa ca 08 c’iki gitabu, Kwiberaho ibihe bidahera, casohowe n’Ivyabona vya Yehova. Kiraboneka no kuri www.pr418.com

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika