ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • wp20 no. 1 rup. 16
  • Ico kumenya ukuri vyokumarira

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ico kumenya ukuri vyokumarira
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2020
  • Udutwe
  • Ivyo bijanye
  • NONE UKWIYE GUKORA IKI?
  • ‘Imana irakubabaye’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2019
  • Woba umaze kuvyibaza?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2020
  • Urashobora kwiyegereza Imana
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2019
  • Ubona gute kazoza?
    Ubona gute kazoza?
Ibindi
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2020
wp20 no. 1 rup. 16

Ico kumenya ukuri vyokumarira

Imana yo yama ivuga ukuri nantaryo, iragusezeranira “ubuzima budahera.”​—Yohani 3:16.

NONE UKWIYE GUKORA IKI?

Umwigeme ari aho afatira akayi, ariko asomera Bibiliya mu kuma kiwe ngendanwa
  • Niwige ukuri kwo mw’Ijambo ry’Imana.​—Yohani 17:3, 17.

  • Nuhitemwo kugamburukira Imana.​—Gusubira mu vyagezwe 30:19, 20.

  • Nushire mu ngiro impanuro nziza Imana itanga.​—Yakobo 1:25.

Hirya no hino kw’isi, Ivyabona vya Yehova barinovora ivyiza biva ku kuba biga ukuri kwo muri Bibiliya. Bazohimbarwa no kukuyagira ivyo biga.

Ushaka kumenya n’ibindi Bibiliya yigisha, raba agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera, kasohowe n’Ivyabona vya Yehova. Karaboneka no kuri www.pr418.com.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika