ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 9/03 rup. 8
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2003
  • Ivyo bijanye
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2006
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2004
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2008
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2005
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2003
km 9/03 rup. 8

Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru

Umunara w’Inderetsi 15 Myand.

“Abantu benshi baraha agaciro ivyo kugira izina ryiza. Bamwebamwe mbere usanga bibaza ico abantu bazobibukirako nibamara gupfa. Ivyo woba umaze kuvyiyumvira? [Rindira yishure. Nuce usoma Umusiguzi 7:1.] Umunara w’Inderetsi urerekana ukuntu dushobora kwihesha izina ryiza ku bantu no ku Mana”.

Réveillez-vous! 22 Myand.

“Nimba wewe canke uwo mu muryango wawe mumaze kugirwako iterabwoba, urazi ingene birandura umutima. [Rindira yishure.] Iyi nomero ya Réveillez-vous! iratanga inama ngirakamaro ku bantu bamaze kugirwako iterabwoba. Irerekana kandi umuhango Imana itanga w’igihe ubuzima buzoba butakirimwo mwene izo ngorane”. Soma Mika 4:4.

Umunara w’Inderetsi 1 Nyak.

“Benshi biyumvira yuko amadini atandukanye abantu barimwo ari inzira gusa zitandukanye zishikana ahantu hamwe. Abandi bemera yuko hari idini y’ukuri imwe gusa. Woba umaze kwiyumvira ivyerekeye ico kibazo? [Rindira yishure.] Iki kinyamakuru kirarimbura umugani wa kera utomora neza ico kibazo”. Nukwegere ivyiyumviro kuri Matayo 13:24-30.

Réveillez-vous! 8 Nyak.

“Kwipfuza kujana n’ibigezweho biragira akosho gakomeye ku buzima bw’abantu benshi muri iki gihe. Bamwebamwe biyumvira yuko hashimikwa cane ku vyo abantu bambara no ku kuntu baboneka. Wewe uvyiyumvirako iki? [Rindira yishure.] Réveillez-vous! irerekana uburyo bwo kubona ibigezweho ku burimbane”. Soma Ab’i Kolosayi 3:12.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika