ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 10/05 rup. 8
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2005
  • Ivyo bijanye
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2006
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2004
  • Ico Twovuga ku Vyerekeye Ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2002
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2007
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2005
km 10/05 rup. 8

Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru

Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova 1 Nyak.

“Muri iyi si ya none, ukudahemuka ni kamere abantu bakunze gushimagiza ku karimi gusa. Mbega ntivyoba ari vyiza cane hamwe hoba hari abantu benshi bameze nk’uyu mugenzi adondorwa ngaha? [Soma Imigani 17:17; maze urindire inyishu.] Iki kinyamakuru kiraca irya n’ino ivyiza biva ku kudahemukira umuryango wacu canke abagenzi bacu”.

Réveillez-vous! 8 Nyak.

“Kumbure woba umaze gutangazwa n’uko ivyo mu bidukikije usanga bibana neza. [Nuvuge akarorero kamwe kari mu bwavuzwe mu kiganiro.] Ubona none bitababaje kubona abantu batabana neza? [Rindira yishure.] Iki kinyamakuru kirasigura ingene Imana igiye kuzana amahoro be n’umwumvikano kuri iyi si”. Soma Yesaya 11:9.

Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova 15 Nyak.

“Abantu bo hirya no hino kw’isi baramaze kwumva ivya Yezu Kirisitu. Bamwe bavuga ko yari muntu adasanzwe. Abandi baramusenga nk’Imana Mushoboravyose. Wewe wibaza ko Yezu Kirisitu yari nde? [Rindira yishure.] Iki kinyamakuru kirasigura neza na neza uwo ari we, inkomoko yiwe be n’aho ari muri iki gihe”. Soma Yohana 17:3.

Réveillez-vous! 22 Nyak.

“Abantu benshi ntibashobora kwironsa uburaro bwiza. Woba wibaza ko hazogera igihe umuntu wese akaronka uburaro bubereye? [Rindira yishure.] Iyi Réveillez-vous! irimwo raporo ya none yerekana ukuntu ivy’uburaro bigeze ahatemba. Irerekana kandi igituma twokwizigira tudakeka ko uwu muhango w’Imana uzoranguka”. Soma Yesaya 65:21, 22.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika