ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 6/14 rup. 8
  • Ingene twotanguza ibiyago

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingene twotanguza ibiyago
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2014
  • Ivyo bijanye
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2012
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2011
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2013
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2014
km 6/14 rup. 8

Ingene twotanguza ibiyago

Gutanguza inyigisho za Bibiliya ku wa gatandatu wa mbere wa Mukakaro

“Wibaza ko Imana ibona gute amasengesho yacu? Woba wibaza ko iyaha agaciro canke ipfa kuyumviriza gusa?” Rindira yishure. Nuce umwereka urupapuro rwa nyuma rw’Umunara w’Inderetsi wo ku wa 1 Mukakaro, maze murabire hamwe ibivugwa munsi y’ikibazo ca mbere mwongere murabe n’imiburiburi kimwe mu vyanditswe vyatanzwe. Numushikirize ibinyamakuru hanyuma muvugane umusi wogaruka kugira muganire ikibazo gikurikira.

Umunara w’Inderetsi 1 Mukakaro

“Ko Imana ari mushoboravyose, woba wibaza ko ari yo ikwiye kubazwa ibibi vyose biba kw’isi? [Rindira yishure. Nuce usoma Yakobo 1:13.] Iki kinyamakuru kirasigura igituma ibintu bibi bishika be n’ico Imana izokora kugira ikureho ubukozi bw’ikibi n’imibabaro.”

Be maso! Mukakaro

“Abantu nka bose barashikirwa n’icago kanaka, nk’ivyago vy’ivyaduka, indwara ishobora kubahitana canke bakabura ababo. Igihe ibintu nk’ivyo bishitse, woba wibaza ko bihambaye ko umuntu aguma abona ibintu mu buryo bwiza? [Rindira yishure.] Abantu benshi basanze Bibiliya ifasha kwihanganira ivyago. [Soma Abaroma 15:4.] Iki kinyamakuru kirasigura ukuntu Bibiliya ishobora kudufasha igihe twashikiwe n’icago.”

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika