ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Nzero rup. 6
  • Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro​—Gucira inzira isubirayo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro​—Gucira inzira isubirayo
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Udutwe
  • Ivyo bijanye
  • IGITUMA BIHAMBAYE:
  • UKO TWOBIGIRA:
  • Turyohore ubuhanga bwacu mu busuku—Gucira inzira isubirayo
    Igikorwa dukorera Ubwami—2014
  • Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro​—Kugira amasubirayo
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Ni ryari twosubira kugendera abashimishijwe?
    Igikorwa dukorera Ubwami—2009
  • Ukwitegura ni ntahara kugira umuntu agire amasubirayo ari n’ico avamwo
    Igikorwa dukorera Ubwami—2008
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Nzero rup. 6

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro​—Gucira inzira isubirayo

IGITUMA BIHAMBAYE:

Twipfuza kuvomera imbuto z’ukuri tubiba. (1Kr 3:6) Igihe duhuye n’umuntu agashimishwa biraba vyiza tumusigiye ikibazo tuzoganirako tugarutse. Ivyo bizotuma yipfuza kumenya n’ibindi vyongere bitume tworoherwa no gutegura isubirayo. Igihe dusubiye kugendera umuntu, turashobora kuvuga ko twari tuje kumwishura ca kibazo twaraza.

UKO TWOBIGIRA:

Icabona ariko aritegurira kugira isubirayo, ariko arayaga n’uwo muntu, mu nyuma agaca agira utwo yanditse
  • Igihe utegura kuja kwamamaza inzu ku nzu, nutegure n’ikibazo uzogaruka kwishura. Gishobora kuba ari ikibazo cishurwa muri ico gisohokayandikiro nyene uba uriko urashikiriza, canke kikaba cishurwa mu bindi bisohokayandikiro vyacu vy’ukwiga utegekanya kuzomuha ugarutse.

  • Igihe usozera ikiyago n’umuntu yashimishijwe, numumenyeshe ko wipfuza gusubira kuyaga na we maze uce umusigira ca kibazo wategura. Nimuvugane ukuntu womutora.

  • Umuhaye isango ry’aho uzogarukira nuryubahirize.​—Mt 5:37.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika