ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Nyakanga rup. 3
  • Ugusenga kw’ukuri kugarukanwa

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ugusenga kw’ukuri kugarukanwa
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Ivyo bijanye
  • “Shira Umutima ku” Rusengero rw’Imana!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1999
  • Urusengero Ezekiyeli yeretswe rukwigisha iki?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Kubera iki uha agaciro ugusenga kw’ukuri?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • “Rwa Rusengero” na “Kizigenza” Muri Iki Gihe
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1999
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Nyakanga rup. 3

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | EZEKIYELI 42-45

Ugusenga kw’ukuri kugarukanwa

Urusengero Ezekiyeli yeretswe rwarafashije Abayuda b’abizigirwa bari mu bunyagano kubona ko ugusenga kw’ukuri kwogarukanywe. Rwaranabibukije ko ivyo Yehova adusaba mu gusenga kw’ukuri biri ku rwego rwo hejuru.

Umuherezi ariko arigisha Itegeko Abisirayeli bakoraniye hamwe be n’umukurambere ariko yigisha mu makoraniro akoresheje Bibiliya

Abaherezi bokwigishije abanyagihugu amategeko ya Yehova

44:23

Tanga uburorero bwerekana ingene umushumba w’umwizigirwa kandi w’ubwenge yatwigishije itandukaniro riri hagati y’icanduye n’ikitanduye. (kr 110-117)

Abanyagihugu boshigikiye ababaja imbere

45:16

Twokwerekana gute ko dushigikira abakurambere mw’ishengero?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika