ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Nyakanga rup. 2
  • Kubera iki uha agaciro ugusenga kw’ukuri?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Kubera iki uha agaciro ugusenga kw’ukuri?
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Ivyo bijanye
  • Ugusenga kw’ukuri kugarukanwa
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Yehova ashaka ko tuba abadahumanye
    Nugume mu rukundo rw’Imana
  • Abasavyi ba Yehova Basubijwe Umutamana Baramushemeza kw’Isi Yose
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2001
  • “Shira Umutima ku” Rusengero rw’Imana!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1999
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Nyakanga rup. 2

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Kubera iki uha agaciro ugusenga kw’ukuri?

Abayuda bari mu bunyagano bararemeshejwe n’ivyo Ezekiyeli yeretswe bijanye n’urusengero kubera ko vyabahaye icizigiro c’uko ugusenga kw’ukuri kwogarukanywe. Muri iyi misi ya nyuma, ugusenga kw’ukuri “[kwarashimangiwe] hejuru y’isonga ry’imisozi,” natwe tukaba turi mu bantu bo mu mahanga yose bari muri kwo. (Yes 2:2) Woba uhora uzirikana kw’iteka watewe ryo kumenya Yehova no kumukorera?

IMIHEZAGIRO TURONKA KUBERA UGUSENGA KW’UKURI:

  • Umuvukanyi ariko arasoma Bibiliya

    Imfungurwa nyinshi zo mu vy’impwemu zituronsa inyishu z’ibibazo bihambaye mu buzima, impanuro nziza twokwisunga n’icizigiro ntakekeranywa.​—Yes 48:17, 18; 65:13; Rm 15:4

  • Umuryango ukundana w’abavukanyi.​—Zb 133:1; Yoh 13:35

  • Agateka ko gukorana n’Imana mu gikorwa giteye umunezero.​—Ivk 20:35; 1Kr 3:9

  • “Amahoro y’Imana” adukomeza mu ngorane.​—Fp 4:6, 7

  • Ijwi ryo mu mutima ridahumanye.​—2Tm 1:3

  • “Ubugenzi somambike na Yehova.”​—Zb 25:14

Nokwerekana gute ko mpa agaciro ugusenga kw’ukuri?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika