ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ndamukiza rup. 4
  • “Ibicumuro vyawe birababariwe”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Ibicumuro vyawe birababariwe”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Igituma abantu barwara
    Igira kuri wa Mwigisha Ahambaye
  • “Ibicumuro vyawe birababariwe”
    Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
  • Yezu akora igitangaro ca mbere
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ubwo Imana izombabarira?
    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ndamukiza rup. 4
Yezu yicaye ku ntebe yiwe y’Ubwami mw’ijuru

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | MARIKO 1-2

“Ibicumuro vyawe birababariwe”

2:5-12

Umuntu amugaye bururukirije aho Yezu ari bamucishije mu gisenge c’inzu batoboye

Ni ibiki twigira kuri ico gitangaro?

  • Indwara zirafitaniye isano n’igicumuro twarazwe

  • Yezu arafise ububasha bwo kubabarira ibicumuro no gukiza abarwaye

  • Ku ngoma y’Ubwami bw’Imana, Yezu azokuraho burundu agasembwa be n’indwara

Ibivugwa muri Mariko 2:5-12 vyomfasha gute kwihangana igihe ngwaye?

Impumyi yahumutse; ikimuga kivuye ku gakinga k’ibimuga
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika