ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Ruhuhuma rup. 5
  • Woba ‘uvyiteganye umushasharo’?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Woba ‘uvyiteganye umushasharo’?
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Turindirane “Igishika Cinshi”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1998
  • Tunezererwe icizigiro cacu
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Vuba Abana b’Imana Bagiye Kuronka Umwidegemvyo w’Ubuninahazwa
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1998
  • Tugume turindiriye!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2015
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Ruhuhuma rup. 5

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ABAROMA 7-8

Woba ‘uvyiteganye umushasharo’?

8:19-21

  • “Ivyaremwe”: Ni abantu bafise icizigiro co kuzoba kw’isi

  • “Ihishurwa ry’abana b’Imana”: Ni igihe abarobanuwe bazofadikanya na Kristu guhonya iyi si mbi ya Shetani

  • “Hishimikijwe icizigiro”: Iryo shimikiro ni umuhango Yehova yatanze wo kurokora abantu biciye ku rupfu rwa Yezu n’izuka ryiwe

  • ‘Bazogirwa abidegemvya bave mu buja bw’ukubora’: Bazogenda barakurwako intambwe ku yindi ingaruka z’icaha n’urupfu

Umuvukanyi akiri muto ariko ariyigisha, atanze inyishu ku makoraniro, yankiye umukobwa atari Icabona amusaba ngo bakundane, ariko arinezereza mu buryo bwiza

Wokwerekana gute ko ‘witeganye umushasharo ihishurwa ry’abana b’Imana’?

  • Niwige Bibiliya ubigiranye umwete wongere usenge usaba impwemu nyeranda

  • Niwungukire bimwe vyuzuye ku ntunganyo zidufasha kwiyegereza Yehova

  • Ntuhendwe na Shetani ngo wiyumvire ko ivyo Imana idusaba bituzitira

  • Niwame ushira mu ngiro ivyo wiga

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika