ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Nyakanga rup. 8
  • Uzokora iki mu mwaka w’uruzuba?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Uzokora iki mu mwaka w’uruzuba?
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Niwizigire abavukanyi bawe
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2022
  • Ukwizigira ni ntahara mu vyo kugira ubuzima buhimbaye
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2003
  • Niwizigire Yehova uko umuhero wegereza
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
  • “Ewe Yehova, . . . ni wewe nizigiye”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Nyakanga rup. 8
Igiti gitewe iruhande y’amazi camye ivyamwa

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Uzokora iki mu mwaka w’uruzuba?

Ukwizera be n’ukwizigira birafitaniye isano cane. Nk’akarorero, ukwizera gukomeye kuradufasha kwizigira ko Yehova azodukingira be n’uko azotwitwararika. (Zb 23:1, 4; 78:22) Uko twegereza iherezo ry’ivy’iyi si, turashobora kwitega ko ibitero vya Shetani bizokwongerekana. (Ivy 12:12) None ni ibiki bizodufasha?

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO UZOKORA IKI MU MWAKA W’URUZUBA? MUCE MWISHURA IBI BIBAZO:

  1. Ni mu buryo ki tumeze nk’“igiti” kivugwa muri Yeremiya 17:8?

  2. Bumwe mu bwoko bw’“ubushuhe” ni ubuhe?

  3. Ni ibiki bishikira ico “giti,” kandi kubera iki?

  4. Ni igiki Shetani ashaka gusenyura?

  5. Ni mu buryo ubuhe tumeze nk’abantu bamenyereye kugendera mu ndege?

  6. Kubera iki dukwiye kubandanya twizigira umushumba w’umwizigirwa kandi w’ubwenge? Ni ibiki bishobora gutuma kumwizigira bitubera urugamba?

  7. Kubera iki dukwiye kubandanya twizigira ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya naho abantu boducokora?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika