ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Rusama rup. 16
  • Mu ndimiro nukoreshe ibintu biheruka kuba

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Mu ndimiro nukoreshe ibintu biheruka kuba
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Nukoreshe Ibintu Bikunda Gushika Kugira ngo Uvyure Ugushimishwa
    Igikorwa dukorera Ubwami—2000
  • Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro​—Guhuza n’uko ibintu vyifashe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Kwamamaza mw’isi iguma ihindagurika
    Igikorwa dukorera Ubwami—2003
  • Niwigishe ukuri
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Rusama rup. 16
Mushiki wacu ariko aritegurira indimiro. Afise agapapuro k’inkuru nziza, akaba ariko ararondera amakuru muri ordinateri yiwe.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Mu ndimiro nukoreshe ibintu biheruka kuba

Mu busuku bwiwe, Yezu yarakoresha ibintu vyaba biheruka kuba mu kwigisha ivyigwa bihambaye. (Lk 13:1-5) Na wewe urashobora gukoresha ibintu biheruka kuba mu gutuma abantu bashimishwa n’ubutumwa bw’Ubwami. Uhejeje kuvuga ukuntu ibintu bisigaye bizimvye, ibiza n’isibe biheruka kuba, imigumuko, kwizizirwa n’ibiyayuramutwe canke ibindi nk’ivyo, nuce ubaza ikibazo gisaba kuzirikana. Woshobora kubaza uti: “Woba wibaza ko . . . bizoteba bigahera?” canke uti: “Wibaza ko ari igiki kizotorera umuti . . . ?” Nuce umusomera icanditswe kijanye n’ico ciyumviro. Ashimishijwe, nuce umwereka ividewo canke igitabu co mu Bikoresho bidufasha kwigisha. Uko twihatira gukora ku mutima abantu bo mu cibare cacu, ese “[twokora] vyose ku bw’inkuru nziza.”​—1Kr 9:22, 23.

Ni ivyiyumviro ibihe vyoshimisha abantu bo mu cibare cawe?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika