ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Mukakaro rup. 6
  • Niwiheke kuri Yehova kugira agufashe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Niwiheke kuri Yehova kugira agufashe
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Yehova agiranira isezerano na Dawidi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Yehova ni Imana y’ubutungane
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Igihe utanga woba wemera kugira ivyo uhevye?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ubwikunzi bwa Amunoni bwarakweze ingorane
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Mukakaro rup. 6

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Niwiheke kuri Yehova kugira agufashe

Yehova aratwumva igihe tumutakambira ngo adufashe (2Sm 22:7)

Yehova arakomeye gusumba umwansi uwo ari we wese (2Sm 22:14-18; cl 19 ing. 11)

Yehova ntiyigera areka kudufasha (2Sm 22:26; w10 1/6 26 ing. 4-6)

Udufoto: 1. Mushiki wacu akiri muto yicaye hasi yunamye, nyina wiwe ariko aramukankamira yongera atabagura ibitabu vyiwe. 2. Wa mushiki wacu ariko arasoma Bibiliya. 3. Ariko arayaga n’abavukanyi n’abadada ku Ngoro y’Ubwami.

Yehova arafise ubushobozi bwo gukuraho ingorane zidushikira. Yamara, akenshi aradufasha kuzihanganira biciye ku mpwemu yiwe nyeranda, kw’Ijambo ryiwe no ku bavukanyi bacu. (Zb 55:22) Twokora iki kugira Imana idufashe?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika