ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Mukakaro rup. 4
  • Yehova ni Imana y’ubutungane

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yehova ni Imana y’ubutungane
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Abusalomu yaragararije kubera ubwibone
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ubwikunzi bwa Amunoni bwarakweze ingorane
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Igihe utanga woba wemera kugira ivyo uhevye?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Niwiheke kuri Yehova kugira agufashe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Mukakaro rup. 4

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Yehova ni Imana y’ubutungane

Yehova ntiyibagiye akarenganyo Abanyagibeyoni bakorewe (2Sm 21:1, 2)

Ifeza n’inzahabu ntivyari gushobora gukuraho amaraso yari ku gatwe ka Sauli n’urugo rwiwe (Gh 35:31, 33; 2Sm 21:3, 4)

Kugira ubutungane bushitswe, indwi mu bakomoka kuri Sauli barishwe (2Sm 21:5, 6; it-1 1047 ing. 3)

Ivyabona vya Yehova bo mu myaka itandukanye, ibihugu bitandukanye, no mu mico itandukanye bihanganiye uruhamo n’ugupfungwa.

Ibivugwa mu Baroma 12:19-21 vyodufasha gute igihe turenganijwe?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika